Umuririmvyikazi w'umunya Tanzania, Zuchu ngo yaramaze gukobwa, ayo niyo Makuru aheruka gutangwa n'umuvyeyi wiwe Hadija Kopa. Uwo muvyeyi akaba yabishikirije mu gihe hari hagize igihe Hari amakuru ko…
Hagiye guca uwambaye ku ndwi ya 20 ya Primus League hagati ya Kayanza United na Musongati Fc . kuri uyu w’Imana igenekerezo rya 30 Nzero umwaka wa 2022, isaha icenda (15h00) ku kibuga Gatwaro mu Kayanza , umugwi Kayanza…
Urubuga rwa youtube rw’umuririmvyi Berry Music ngo rwaribwe n’abantu bataramenyekana, ubu akaba ari akababaro ariko ngo abahinga bari ku kivi. Mu gihe abakunzi b’ibikorwa vy’uwo muririmvyi bari barindiranye igishika cinshi…
Umukinyi w’umusatirizi w’umurundi w’imyaka 20 akina mu gihugu ca Hollande Amoros Nshimirimana yaguzwe mu mugwi wa Helmond Sport wo mu cicaro ca kabiri. Nshimirimana Amoros akaba yashize umukono ku masezerano yo gukinira uwo…
Imbere y’uko asubira mu gihugu c’Ubwongereza mu gisagara ca Portsmouth, Ndayishimiye Warren Chebby yaraye atanze imfashanyo y’imyambaro hamwe n’ibirato ku mugwi wa Academy Gitega . Ivyo akaba yaraye abikoze kuri uyu…
Umu star dufise mu gihugu ngo ni umukuru w’igihugu cacu wenyene. Ivyo ni ibiheruka gushikirizwa na bamwe mu bakurikiranira hafi ibijanye n’aba "Stars" hano iwacu. Aho ni inyuma y’ivyo yakoze ku musi wa gatatu ku…
Uwundi muririmvyi ngo yoba yamaze gukinjura muri Wasafi, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’umwe muba Manager b’umuririmvyi Diamond Platnumz mu kiganiro aheruka gukora. Mu kiganiro na WASAFI TV, Mkubwa Fella mu majambo…
Ibice 7 kw'ijana vy’abakozi muri Reta zunze ubumwe za Amerika ngo baranse gusubira mu kazi kuva aho ama Business asubiriye kandi kwugururwa, nayo abakozweko cane akaba ari abakora mu bijanye n’uguteka. Reta zunze ubumwe…
Mu gihe hari hakiri agashuhe k’inkuru y’akanyamuneza ko Dj Saido akorera mu Bufaransa na Big Big Fizzo boba bariko bategura igikorwa gishasha, indirimbo "Hangama" twagiye tubona isesekara ku rubuga rwa youtube rwa…
Kolly yoba yaronse umukunzi mushasha? Ico ni ikibazo abagize imisi bakurikirana amajambo acishwa ku rubuga rwa Facebook rw’umuririmvyi akaba n’umuhinyanyuzi bokwibaza kubera umwigeme agize imisi ahacishwa. Uwo muririmvyi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.