My Vow, indirimbo yaririmbwe mu misi y'ubukwe ya Meddy ngo niyo yoba yarabaye imbarutso y'ukwandikwa kw'indirimbo Your Day ya Sat-B. Mu kiyago yagiranye n'ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyj…
Inyuma y’indirimbo Umudodo ya Big Fizzo twabonyemwo umuvanzi w’umuziki (Dj) Saido, ngo hari ikindi gikorwa gishasha kiri inyuma kiriko kirategurwa. Iyo nkuru nziza ku bafana ikaba yatangajwe ku mbuga zitandukanye z’abo uko…
Igenekerezo rya 31 Kigarama 2021 niho yashira indirimbo yiwe ku mugaragaro izwi kw'izina rya "Mpakakuche", yayisohoye ari audio gusa ariko mu biganiro yagiye arakora ku binyamakuru bitandukanye vyo ngaha Iwacu…
Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Nzero 2022, umugwi Top Junior wo mu Kayanza wagiraniye amasezerano n’Ishirahamwe risanzwe rikorera ivyo kwambika imigwi ( Fitness For Life Ltd) , rirongowe n’umurundi aba mu…
Kurya kw’urutonyanga rw’umuti, niko amakuru y’ivyatumye Kingorongoro akinjura muri MA Production aboneka. Mu makuru twaheruka kubashikiriza, twari twababwiye ko uwo muririmvyi yari yamenyesheje ko yavuze ko umwanya wari…
Uno musi Emery Sun ngo abanye neza n’abamenyeshamakuru, bitandukanye n’uko vyari bimeze mu myaka iheze, nk'uko aheruka kubishikiriza mu kiganiro yahaye imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Uwo muririmvyi w’uturirimbo…
Uno musi B Face ari mu baririmvyi baharurwa mu bandika indirimbo zidahera uburyohe naho iba imaze igihe kitari gito igisohotse, ibisigaye bitoroshe kubona mu baririmvyi bariko bararuka muri bino bihe. Uwo muririmvyi B Face…
Haraheze imisi ibiri hashizwe ahabona akaririmbo gashasha k’umuririmvyikazi w’umunyarwanda Clarisse Karasira, akorera ibikorwa vyiwe i Kigali, ako karirimbo kakaba kabonetsemwo umugwi w’abatimbo n’ingoma z’abarundi. Iyo…
Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-B, umwuga yahisemwo uriko uratanga ivyamwa inyuma y'imyaka irenga 13 muri uwo mwuga. Inyuma y'imyaka 8 yuguruye urubuga rwiwe rwa YouTube, Sat-b yahawe agashimwe na…
Ibikorwa n’abaririmvyi bo muri kano karere ngo nta gikomeye kirimwo, ivyo bisikirizwa na DJ Theo, asanzwe ari umwe mu bamenyeshamakuru b’abarundi bakorera ibikorwa vyabo mu gihugu kibanyi c’Urwanda. Mu kiganiro Theo yagiranye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.