Mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kuri uyu wa mbere, aho bariko bavuga ku bijanye n’itanguzwa rya Euro 2021, Cristiano Ronaldo yatangaje abantu aho yahindura ivyari ku meza yari yicayeko. Amacupa 2 ya Coca Cola yayahinduye…
Mu gihe ikibazo c’ibibanza abantu basigamwo imiduga bagiye ku buzi kikiri umuzi w’ibuye mu gisagara ca Bujumbura, umukuru w’ico gisagara avuga ko bagiye bipfuza kuzoshiraho abantu abacunga umutekano w’iyo miduga, noneho…
Inyuma y’imyaka 6 Ubufaransa butagira uwubuserukira mu gihugu kibanyi c’Urwanda, Antoine Anfré yemejwe nka Ambassadeur w’ubufaransa mu Rwanda mu nama nshikiranganji yateranye kuri uyu wa 12/6 I Kigali. Uwo mugabo yahora…
Umugwi Flambeau du Centre ubandanya wiyubaka neza kugira witegurire neza ihiganwa ry’umwaka wa 2021-2022. Urukurukuru niyo nkuru , amakuru indundi Sports ihejeje gutohoza ubu nyene kandi ariyo ni uko umugwi Flambeau du…
Nyakwigendera H.E Pierre Nkurunziza ngo imyaka 15 yatwaye igihugu c’Uburundi, yarabaye iy’ibihuhusi gusa, ariko umutima w’ubuntu ntiyawutakaje, kuko Ugusenga kwiyegereza abantu, Ukurima hamwe n’ugukunda umupira bitigeze…
Bisanzwe bizwiko Igihugu cacu kiri mubihugu vyo mukarere ka Africa y’ubuseruko (EAC) ivyo bigatuma mu mashure matomato abana bigishwa ururirimbo rwo guhayagiza uyo muryango ugize ibihugu vyo muri afrika y’ubuseruko rwitwa…
Uburundi bwaraserukiwe mu mahiganwa RAC Repêchage 2021 mu rukino rwa Rugby aho bitegekanijwe ko umurwi nserukiragihugu Intambwe uzokwakira Burkina Faso i Ouagadougou kw'igenekerezo rya 5 Ruheshi 2021 . Uwo murwi uzohura…
Mu mpera z'ino ndwi ku wa gatandatu no kuri uyu w'Imana mu gihugu ca Sénégal hategekanijwe ihiganwa rya Africa mu rukino rwa Taekwondo. Umurwi nserukiragihugu w'Uburundi waserukanye abakinyi batatu : - Arthur…
Mu birori vyo gutora abakinyi bitwaye neza mw'ihiganwa rya Primus ligue 2020 vyari vyitabiriwe na bamwe mu bategetsi bakomeye mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru, umukenguzamateka Révérien Ndikuriyo…
Umukuru w'Igihugu c'Uburundi asaba abanyagihugu bo muri zone Gatumba komine Mutimbuzi batewe n'amazi gutegura imitima ko bashobora kurondererwa ahandi hantu boshobora kujanwa kuba. Evaritse Ndayishimiye…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.