Amamashini atandatu agendesha ubwato buroba yaraye yibwe abarovyi b'abarundi bakorera ku myeha y’uburovyi ya Rumonge na Karonda mu gicugu co kuri uyu wa kabiri. Uwurongoye urunani rw'abarovyi n'abadandaza…
Abanyeshure bahejeje amashure yisumbuye barenga ibihumbi 50 bo mu gihugu cose nibo bariko barakorera mu bibanza 105, ikibazo ca Reta kibaha uburenganzira bwo kuja muri kaminuza catanguye kuva kuri uyu wa kabiri, kikazosozerwa…
“N’ubwo bitakunze ko nshika i Bujumbura kur'uyu wa 1 mukakaro 2021, ndizera neza ko tuzoronka akandi karyo ko kubonana na Nyenicubahiro Varisito NDAYISHIMIYE kugira ngo tubandanye turabira hamwe ibijanye no gutsimbataza…
Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 1 Mukakaro umwaka w’2021, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 59 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira. I Bujumbura ku murwa mukuru w’ubutunzi, ivyo birori vyatewe iteka…
Abeserukira ibihugu vyabo n'amashirahamwe mpuzamakungu bagendeye, kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 30 Ruheshi 2021 ahabitswe ibisigarira vy'abarundi bagandaguwe mu mwaka w’1972. Mu murwi w'igihugu ujejwe…
Ishirahamwe "Action for Justice and Equity in Burundi AJEBU Genderubuntu" ribona ko urwego rw’ubutungane mu Burundi rutigenga uko bitegerejwe. Icegera c’uwurongoye iryo shirahamwe yabishikiririje mu kiganiro yahaye…
Mw’itangazo umushikiranganji Déo Guide Rurema ahejeje gusomera abanditsi n’abamenyeshamakuru ku murango wo kuri uno wa kabiri, igenekerezo rya 30 Ruheshi 2021, amenyesha ko ubwo bushikiranganji aramutswa bufadikanije…
Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ahejeje gufata ingingo y'uko uwurongoye Ishirahamwe OTRACO hamwe n'umunyamabanga arongoye ishirahamwe ryiyemeje gushira ivya «contrôle technique» i Gitega, Ngozi na…
Hari umukenyezi yishwe arashwe n'umuporisi mu gatondo ko kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 29 Ruheshi 2021 muri karitiye Gisyo zone Kanyosha, komine Muha mu gisagara ca Bujumbura. Amakuru ava ahabereye ubwo bugizi…
Kuva aho bukera igenekerezo rya 1 Mukakaro uwu mwaka kirabujijwe kwubaka amazu hakoreshejwe amatafari y’ivyondo (ibinombori) muri komine Mukaza mu gisagara ca Bujumbura. Ivyo ni ibishikirizwa na Rénovat Sindayihebura…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.