https://www.youtube.com/watch?v=gbRdf0b-BkU&feature=youtu.be
Nkuko mubizi , umuntu aremwa mw'ishusho y’Imana ariko hari igihe umuntu asa n'uwundi hafi ijana kw'ijana. Muri Iran hariho abagabo babiri basa n'ibihangange Christiano Ronaldo(asa na Reza Alireza Lou) na…
Congo, Urwanda, na Tanzania biyongereye kuri Kenya mu kumenyesha abenegihugu babo ko abantu bose bakwiye kwambara udufukamunwa imbere yuko bava mu mazu yabo. Ivyo bikaba vyabonetse mu matangazo yashizwe ahabona muri ino ndwi…
Mu gihe intara ya Bururi iheruka guhabwa umusenyeri mushasha atwara Diocese ya Bururi, abarundi batandukanye barakeje uwuheruka kugenwa ngo atware iyo Diocese, uwo nawe s’uyundi ni Mgr Salvator Niciteretse. Mu barundi…
Inyuma y'aho ubushikiranganji bwo kwitaho amagara y'abantu no kurwanya Sida bumenyeshereje ko abantu bane bari baranduye ikiza ca coronavirus ko basubiye kubapima mu nyuma bagasanga barakize, ibitaro vyitiriwe…
Bisoro na Rukinzo zarorohewe mu bagabo , Muzinga na Les As na GLC nazo ntiziganganiye Panthers na New colombe. Mw'ishirahamwe rya volley ry'i Bujumbura baratanguye igice ca kabiri c'ihiganwa bita phase retour…
Igiciro c'ibitoro muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika cakorotse cane ku buryo butari bwaboneke mu mateka y'ico gihugu. Ivyo bituma abahingura ico gitoro biba ngombwa ko babanza kuriha abakirangura kugira ngo…
Mu kiganiro caraye kiremeshejwe n'ugwego nyobozi rwa BDUSA k'urwego rw'Igihugu, Umukuru w'ishirahamwe Samuel Ndayiragije yaragerageje kwishura no gutanga umuco ku bibazo vyinshi vyabajijwe…
Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2020, isaha zitanu zo mugatondo niho Icegera ca mbere c'Umukuru w'igihugu akongera agatwara n'Umugwi wa Inter Star Gaston yahabwa icese Umugwi aranashinga na…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 18 Ndamukiza 2020 isaha zitanu zo mu gitondo 11h ahitwa kuri Sun Safari niho hariko habera ikoraniro ry'umugwi wa Inter Star, iryo koraniro rikaba ryari iryo gushikiriza icese umugwi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.