https://www.youtube.com/watch?v=jFNJm8I8InQ
Inyuma yaho Fortran Bigirimana yerekaniye ko hari igikorwa ariko arakorana n’umunyarwanda Gentil Misigaro nawe asanzwe akora indirimbo zihayagiza Imana, uwo muririmvyi w’umurundi akorera ibikorwa vyiwe mu Bufaransa…
Muri Kenya abantu bagiye gutangura gufungwa kubera ukutambara udufukamunwa, ivyo bikaba biheruka gushikirizwa n’uwurongoye igipolisi muri ico gihugu ca Kenya. Mw’itangazo bashize ahabona bamenyesheje ko igihe c’imbabazi…
Igihugu ca Ghana catanguje Application ishirwa mu duhamagazo aho iyo izofashwa abajejwe amagara y’abantu kumenya uruja n’uruza rw’abantu, kugira hamenyekane abantu bashobora kuba bakekwako iyo ngwara. Leta ya Ghana imenyesha…
https://www.youtube.com/watch?v=P-uqy5cC9sM&feature=youtu.be
Ijambo Mungu kwanza ryari rigize igihe riboneka ku mbuga ngurukanabumenyi z’umuririmvyi R Flow ryahavuye ribonekamwo indirimbo, iyo ikaba iza gushirwa ahabona kuri uyu wa 16 ndamukiza isaha zitandatu z’umuhingamo ku rubuga…
Urukino rwa Motocross ni urukino rushasha mu Burundi mbere rutanguye guhurumbirwa.Urwo rukino rwatanguye gukomera muri 2017, ariko rukaba rutashigikirwa nkuko vyategerezwa .Hambavu yo gutanguza ishirahamwe ryabo , abarukina…
Mu makuru ya nyuma aherutse gushirwa ahabona ku bijanye n'ikiza Coronavirus aho mu gihugu kibanye ca Congo, ibiharuro vyerekanywe n'uko abarwayi bamaze kumenyekana bagera kuri 241. Abamenyeshwa ko bamaze guhitanwa…
Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 13 Ndamukiza 2020, Umukuru w'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB Révérien Ndikuriyo yahaye ikiganiro abamenyeshamakuru kugira ababwire imvo…
Mu buryo bw'impwemu rero nk'uko abahinga babimenyesha, ni ho mamuko y'ibidushikira vyose aho tugeza amaso. Abo bahinga baravuga ko , nk'akarorero, umuntu ashobora gusanga agize nk'uruhere ku mubiri,…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.