Ku musi wa Gatandatu igenekerezo rya 18 Ndamukiza umwaka wa 2020, Isaha zitanu kuri Hotel Sun safari niho Icegera ca mbere c'Umukuru w'Igihugu c'Uburundi akongera agatwara n'Umugwi wa Inter star Gaston…
https://www.youtube.com/watch?v=IE73D3iICEA
Abakenguzamateka basaba ko mu mafaranga Reta izokoresha mu mwaka w'2020 ushira uw'2021 hoshirwamwo amahera azohabwa ubushikiranganji buzoduzwa gukorera ku murwa mukuru wa poritike i Gitega hamwe…
Ubushikiranganji bwo gutwara abantu n’ibintu bumenyesha ko ikibuga c'indege mpuzamakungu Melchior Ndadaye c’i Bujumbura kibandanya cugaye gushika hafashwe izindi ngingo mu ntumbero yo gukinga ko ikiza Coronavirus…
Alvin Smith ngo abaririmvyi bari bakwiye kumenya ko ubutumwa bwabo bushika kure, nico gituma ubutumwa bujanye n’ukwirinda n’ukwikingira Corona Virus yashimye kubucisha mu ndirimbo. Mu kiyago na Siren Vibe Tv, Alvin yavuze ko…
Laboratoire ngendanwa 9 nizo zatanguye gutangwa n’umuryango wa Afrika y’ubuseruko, zihabwa ibihugu bigize uwo muryango ngo bikunde babashe guhangana n’ikiza ca Coronavirus gihanze uwo muryango n’isi yose muri rusangi. Izo…
Ikinyamakuru Vogue co mu bwongereza canditse ko umuririmvyikazi Rihanna yatanze ingabire y’amafaranga angana n’imiliyoni 1,67 y’ama Dollars ya Amerika ku bahura n’ibibazo vyo mu ngo, Victimes de Violence Domestique, muri…
Nyamate ni umwe mubanyempano bakomeye Uburundi bufise ariko adashimishwa na gato n'uko abarundi bonyene ubwacu aritwe tudaha agaciro gakomeye impano zacu. Abicishije munyandiko akunda gushira ahabona akenshi yanditse…
Abirabure b’abanyamerika - Afro-americain- nibo benshi bariko barahitanwa n’ikiza ca COVID19 muri ico gihugu kiza mu kibanza ca 1 mu bihugu birimwo abantu benshi bamaze gufatwa n’iyo ngwara, kandi kikaba n’ica mbere kirimwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.