https://www.youtube.com/watch?v=s1zeJRZ7KNI&t=15s
Umugwi ujejwe amatora agiye kuba hagati y’Abarundi baba muri Reta zunzubumwe za Amerika, ubicishije ku cegera c’umuyobozi wawo, uributsa Abarundi bose baba muri Leta Zunzubumwe za Amerika bashoboye kwiyandikisha kugira ngo…
Umumenyereza mukuru w'intamba mu rugamba Alain Oliver Niyungeko yamaze gushira ahabona abakinyi 11 b'intamba baza gutangura mu kibuga mu rukino rw 'umusi wa kabiri wa CAN ruza kubahuza na Madagascar kuri uyu…
Wa mugambi "Dushigikire intamba zacu" nturiko uraba mu Burundi gusa no muri Egiputa ahariko harabera amahiganwa ya CAN, abarundi baba muri ico gihugu baguma bafashanya kugira bazoshobore kuza gushigikira…
Umusuzumyi w'inkino ku mboneshakure y'abafaransa CANAL+ Kaba Diawara ubwoba ni bwinshi ku mugwi w'intamba mu rugamba. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 25 Ruheshi umwaka wa 2019, i Alexandrie…
Umukinyi w'inyuma w'intamba mu rugamba Frederic Nsabiyumva abandanya yitwara neza muri CAN. Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 26 Ruheshi umwaka wa 2019 , niho haza gutangura inkino z'umusi ugira kabiri wa CAN…
Abahinga babitohoje neza basanga ko ku vy'ukuri ikinyambiri "Bwoba" ngo cari caduhawe kugirango gishobore kudufasha kumara kabiri kuko giheza kikamenyesha ko habaye nabi maze natwe tugaca tumenya inyifato…
Umukinyi Mohammed Amissi ashobora gukina urukino rwa Madagascar canke ntarukine. Mu rukino rwo kw' igenekerezo rya 22 Ruheshi umwaka wa 2019 aho u Burundi buhura na Nigeria mu nkino za CAN 2019 mw'itsinda B aho…
https://www.youtube.com/watch?v=6ckzmH0H1Tg&feature=youtu.be
Saido Berahino ngo bagiye kumera magabo mu rukino rugiye kubahuza na Madagascar. Mu kiganiro Kizigenza w'intamba mu rugamba yagiranye n'ikinyamakuru ca BBC kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 25 Ruheshi umwaka wa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.