Mu kiganiro c’abavugizi b’inzego kiriko kirabera ku murwa mukuru w’intara ya Muyinga kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 21 Ruheshi umwaka w’2019, mw’ijambo ryo kwugurura ico kiganiro umuvugizi w’umukuru w’igihugu Jean Claude…
Ndikumana Seleman ntakiri ku rutonde rw 'abakinyi 23 b'intamba mu rugamba bagiye kwitabira inkino za CAN2019 buca zibera muri Egypte. Ku makuru Indundi Sports ihejeje kuronka ubunyene ikuye i Alexandrie muri…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba wemerewe agashirukabute kangana n'imiriyoni 150.000.000fbu uramutse utsinze Nigeria. Ayo mahera bakaba bayemerewe n'uwusanzwe atwara ishirahamwe ry'umupira…
Ugukomereka kwa kwizera Pierrot kwari kwababaje benshi muri kino gihe uyo mukinyi amagara yiwe ngo ameze neza. Inyuma yo gukomerekera mu rukino rwahuje Intamba mu rugamba hamwe na Algeria akamara imisi itatu adakora…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse amahoro mu Misiri ahagiye kubera inkino za AFCON2019. Inyuma yo gutsindwa ibitsindo 2-1 n'umugwi nserukira gihugu wa Tunisia mu rukino rwa kivandimwe…
Ishirahamwe ry 'umupira w'amaguru mu Burundi FFB kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ryashize ahabona urutonde rw'abakinyi 22 b'intamba mu rugamba batarenza imyaka 23 bagiye…
Mugihe hasigaye imisi 3 gusa kugira ihiganwa rya CAN 2019 ritangure, kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 18 Ruheshi umwaka wa 2019 ishirahamwe CAF niho ryashira ahabona urutonde rw'abakinyi b'imigwi…
Ndacari muto, ubu nyene ko uri mu kiringo c'ukwubaka ingoro uzobamwo mu myaka izoza, igihe iyubaka rizoba ryararangiye. Iki nico gihe uriko urabiba, ubagara akarima kawe mu kurindira ko imyaka y'ukwimbura igera.…
Lors d’un point de presse de ce mardi 18 juin 2019, le Ministre de l’Environnement, de l’Agriculture et de l’Elevage Dr Déo Guide Rurema a indiqué que la saison agricole 2019B a été caractérisée par une très bonne production…
Kuva mu mwaka wa 2018 Intamba mu rugamba ntizari bwatsindwe. Kuri uyu wa mbere waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruheshi umwaka wa 2019 i Tunis ku kibuga ca Rades niho umugwi wa Tunisia wari wakiriye umugwi w'intamba mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.