Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Fiston Abdoulrazzaq yavuze ibanga bakoresheje kugira bashobore kunganya na Algeria igitsindo 1-1. Mu kiyago gito yagiranye na Indundi Sports Umusatirizi w'intamba mu…
Umumenyereza w'umurundi Ndayiragije Etienne yahawe amasezerano yo kumenyereza umugwi wo mu gihugu ca Tanzania. Ku musi wa gatatu igenekerezo rya 12 Ruheshi umwaka wa 2019 niho uburongozi bw'umugwi Azam Fc bwerekana…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye ushitse neza mu gihugu ca Tunisia. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Ruheshi isaha indwi z'Umurango 13h00 niho umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba ubandanya ushigikirwa muri wa mugambi bise Dushigikire Intamba zacu. Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 13 Ruheshi umwaka wa 2019, isaha zitatu zo mugatondo ku kigo…
L'Association pour le Dévelopement Economique et Social au Burundi "ADES TWUNGUBUMWE" est une association sans but lucratif agréée par l'Ordonance Ministèrielle no 530/1730 du 18 décembre 2013.…
Inama y’abepisikopi Katorika mu Burundi ngo irarajwe ishinga n’ingwara ya Malariya yasubiriye kwibonekeza mu ntara zitandukanye z’Uburundi. Musenyeri Yohakimu Ntahondereye arongoye inama y’abepisikopi b’Uburundi avuga ko…
L’Association pour le Développement Economique et Social au Burundi "ADES TWUNGUBUMWE" en sigle, agréée par l’Ordonnance ministérielle no 530/1730 du 18 décembre 2013. L 'ADES TWUNGUBUMWE a pour mission…
https://www.youtube.com/watch?v=xeJ03X9KJL8&feature=youtu.be
Baada ya msanii ajulikanae kwa jina la GAHUNGU ASSOUMANI Kutengeneza Movie yake na ikaweza kuchukuwa Tunzo ya Festicab sasa ameeleza Indundi Tv kuwa anataka ahakikishe anafanya kazi kubwa zaidi ili kuweza kufikisha Filamu za…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba waraye unganije n'umugwi nserukira gihugu wa Algeria igitsindo 1 kuri 1. Kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 11 Ruheshi umwaka 2019 isaha zibiri z'ijoro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.