Ikibuga c'inkino kiri mu ntara ya Makamba Peace Park Complex ngo kigiye kwugururwa vuba. Ku musi w'Imana uheze igenekerezo rya 21 Ndamukiza umwaka wa 2019 niho Reveriyano Ndikuriyo asanzwe atwara inama!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu masaha 17 gusa, indirimbo The one ya Diamond Platnumz yarimaze kurabwa n'abarenga 1,000,000 ku rubuga rwa Youtube asanzwe asohorerako indirimbo. Ivyo bikaba vyamushitse ku mutima aho ataretse gushimira!-->!-->!-->…
Ibura rya Natacha mu giteramo ca Natacha ngo ntaco rihindura, kanatsinda ntazonasubirizwa kubera abaririmvyi bateguwe ngo bakwiye. Natacha muri kino gihe ngo ntakiri umuririmvyi akirondera udufaranga, nico gituma!-->!-->!-->!-->!-->…
Haheruka kuboneka ishirahamwe rihingura amakara mu bitiritiri vy'ibigori, Kaze Green Economy, KAGE mu mpunyapfunyo. Amakuru dukesha radiyo isanganiro amenyesha ko mu ntumbero yo gukingira ibiti n'amashamba ageramiwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihugu c'Ubuganda, umuririmvyi akongera akaba umushingamateka atavuga rumwe n'ubutegetsi bwa Perezida Yoweri Kaguta Museveni azwi kw'izina rya Bobi Wine yahagaritswe n'igiporisi co muri ico gihugu!-->!-->!-->…
Deux sommets africains se tiendront mardi au Caire sous la houlette du chef de l’Etat égyptien Abdel Fattah al-Sissi, président en exercice de l’Union africaine (UA), pour évoquer en urgence les crises au Soudan et en!-->!-->!-->…
Ihiganwa ryo mu cicaro ca kabiri rya Primus League ryarabandanije ku ndwi igira 9. Uku niko imigwi yarushanije : Unité Fc yanganije na Lumière de Mwumba 0 ku 0 Busoni Star yatsinzwe na Royal ibitsindo 2 ku 0 Top!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Uwusanzwe atwara umugwi Vital'o Fc biciye mu mategeko Benjamin Bikorimana yahaye ubutumwa bukomeye abo avuga y'uko ari akagwi kamugwanya. Kuri uyu wa Mungu waraye uheze igenekerezo rya 21 umwaka wa 2019, Benjamin!-->!-->!-->!-->!-->…
https://www.youtube.com/watch?v=cTW8ZL6o4tk&feature=youtu.be
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba ntukigiye muri Turukiya gukorerayo imyimenyerezo yo kwitegurira ihiganwa rya CAN 2019 rigiye kubera muri Egiputa mu kwezi kwa Ruheshi nk'uko vyari bitegekanijwe. Amakuru!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.