Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Hussein Shabani Tchabalala yatowe nk'umukinyi Wa Ethiopian Coffée Sc yaranze ukwezi kwa Ntwarante . Kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 17 Ndamukiza umwaka wa 2019 , niho!-->!-->!-->!-->!-->…
Ikibuga mpuzamakungu c'Urukundo gisanzwe kiri mu Ntara ya Ngozi ku musozi wa buye muri komine ya mwumba caraye kiguriwe n'imvura ivanze n'umuyaga. Hari kuri uyu wa kabiri waraye uheze igenekerezo rya 16 Ndamukiza isaha!-->!-->!-->!-->!-->…
Umurundi Pacifique Ndabihawenimana yashoboye gutorwa na CAF nk'umuhagarikizi umwe wenyene w'umurundi azohagarira inkino z'igikombe ca afurika CAN 2019 kigiye kubera mu gihugu ca Agiputa . Pacifque agaragara Ku rutonde!-->!-->!-->!-->!-->…
Isanamu ngereranyo y'umutekamutwe Nk'uko rero twariko tubihanurana ejo hahise, ni vyiza ko uba ufise ihangiro, hagati y'imyaka itanu na cumi, utegerezwa kuba washitseko. Na narirya rero , mubona ibiduhanze aha!-->!-->!-->…
Ibihano igihugu ca Tanzaniya cari kimaze imisi carafatiwe n'ibanki y'isi yose vyahagaritswe. Inyuma y'aho umukuru w'igihugu ca Tanzaniya Perezida John Pombe Magufuli afatiye ingingo y'uko ata munyeshure!-->!-->!-->!-->!-->…
Igurishwa rya Neymar ngo ryabaye ngirakamaro kuri Fc Barcelona gusumba PSG yamuguze nk'uko bishikirizwa n'umukuru wa PSG, Josep Maria Bartomeu. Ivyo akaba abivuga kubera ngo imiriyoni 222 z'amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe uno musi hari inkino 2 zo gusubiriza za Champion league, aho umurwi wa Juventus uza guhura na Ajax, nayo Barcelona igahura na Man United, izo nkino ntizibonwako rumwe. Morinho abona ko imirwi ya Juventus na!-->!-->!-->!-->!-->…
Havyutse ikibazo c'uko Mb Data yatumiwe mu giteramo ca Sheebah kiriko gitegurwa na Dj Paulin, ariko B Face ntiyabasha gutumirwa, kandi bafitanye indirimbo nshasha bakoranye, banarikumwe na Dj Paulin ari nawe ariko!-->!-->!-->…
Alikiba, Ommy Dimpoz na Cheed bashize ahabona akaririmbo gashasha bise Rockstar, ari naryo zina rya Label yabo. Inyuma y'uturirimbo nka Ni Wewe yasohoye ashima Imana kuba akiri muzima, inyuma y'igihe yaramaze!-->!-->!-->!-->!-->…
Ubushikiranganji bw’umutekano bumenyesha ko bugiye gushira inguvu nyinshi mu kurwanya ivyaha vy’ugufata abigeme n’abakenyezi ku nguvu. Umushikiranganji w’umutekano no gukinga ibiza CPC Alain Guillaume Bunyoni avuga ko muri!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.