AKes ntahakana kandi ntiyemeza ko hoba hari amajambo y'urukozasoni mu ndirimbo yiwe yakoranye na Akes don, ariko akavuga ko hari amajambo arimwo atahura abakuze. Indirimbo ya Akes don na B Face ngo nta majambo!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe Big Fizzo ari mu bahawe ubushimwe, ariko kandi yari yasa n'uwagaye itegurwa ryavyo mu misi yahera, uwo muririmvyi yahavuye akora ivyo bamwe bavuga ko ari ukunegura ubushimwe bahawe. Muri ino week end icariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 02 Ntwarante umwaka wa 2019 ihiganwa ryitiriwe igikombe c'umukuru w'ihigugu ryarabandanije mu gice 1/8 gishira icanyuma. Uku Niko batsindanye: - Les lierres yatsinzwe na LLBS4A!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Cops Enemy niryo reresi rishobora kuja mu gitigiri c’amareresi azohora yerekanwa ku rubuga rw’abanyamerika Netflix. Iyo ikaba ari iy’umurundi abarizwa muri Australia. Amafaranga arenga 156,000,000 z’amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu wa Gabon Pierre Emerick Aubameyang yitezwe guheka umugwi wa Gabon inyuma yinkino zigera kuri Zitatu zo kurondera itike yo gukina inkino zanyuma za Afcon 2019!-->…
Le ministre burundais de la Communication et des Médias, Frédéric Nahimana, et l'ambassadeur de Chine au Burundi, Li Changlin, ont participé ce vendredi le 1er mars aux cérémonies de remise et de réception du projet!-->!-->!-->…
Leo juma mosi tarehe 2 mwezi februari mwaka 2019, Shirika la waigizaji nchini Burundi linalojulikana kama "Baraza la Wasanii Burundi" BASABU kwa ufupi linatamani kuzindua filamu yao mpya inaoitwa "Haki". Filamu hio!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubera urupfu rwa Simbavimbere, abaririmvyi bamwe bamwe batanguye guhagarika ibikorwa bari bafise. Masterland yahagaritse ibikorwa vyose afise bijanye n'umuziki gushika umusi w'ifubwa ry'umuhisi Bruno!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi wo hagati w'intamba mu rugamba Papy Faty amagara yiwe yoba yifashe neza muri kino gihe. Inyuma y'imyaka itatu adahonyoza ikirenge mu mugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Ku bw'ingwara!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 02 n'irya 03 Ntwarante umwaka wa 2019 Ihiganwa ry'igikombe citiriwe umukuru w'igihugu rigiye kubandanya mu gice 1/8 gishira icanyuma. Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 02 Ntwarante : Ku!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.