Nk'uko rero vyama bivugrwa kenshi, ukubaka ntabwo vyorohera bose. Nk'uko abahinga babimenyesha, igituma nyamukuru gituma ukwubaka bigorana ngo n'uko mariage ari ikintu gifise ubwicariro mu bishobisho. Ivyo!-->!-->!-->…
https://youtu.be/OjVXsYdjO7Y?list=PLfqlH3YW9SLZysI3xZkz3Nvr7lwoqQaNu
Inama rukokoma y'ishirahamwe ry'umupira w'amaguru mu Burundi FFB yaremreje ko ubutunzi bw'iryo shirahamwe bwakoreshejwe neza. Kw'igenekerezo rya 03 ntwarante kuri Hotel Nonala Beach niho habereye inama yo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Dynamo mu bagabo, Berco Stars mu bigeme, Niyo mirwi yatahukanye ibikombe vyihiganwa ry 'imyaka 50 Dynamo itangujwe(Dynamo golden Jubilee) Kw'igenekerezo rya gatatu ntwarante niho iryo higanwa ryarangira. Imirwi!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y’amajambo Kidumu aheruka gushikiriza abicishije ku nsamirizi imwe isamiranira aha mu gisagara ca Bujumbura aho yavuze ko umuziki w’Uburundi utaratangura nokugira bimwe bita “Dede” ku bana bamaze amezi make bavutse ,!-->…
Reta y'Uburundi ngo ikeneye amafaranga y'amarundi arenga imiriyaridi ibihumbi mirongo ibiri kugira hashirwe mu ngiro umugambi w'iterambere ry’igihugu wo mu mwaka w’2018 ushira uw’2027. Nk’uko vyaraye bishikirijwe!-->!-->!-->!-->!-->…
Uburundi bwaraye butahukanye imidari itari mike mu nkino z’igikombe ca Judo co ku mugabane wa Afrika (Championnat de la Coupe d’Afrique de Judo Cadet et Junior) aho catahukanye imidari 13 y’inzahabu,14 y’ifeza hamwe!-->!-->!-->…
Mu ntumbero yo guhimbaza isabukuru y'myaka 50 iheze umurwi wa Dynamo ubayeho, waratunganije ihiganwa wise « Dynamo Golden Jubilee » aho wari watumiye iyindi mirwi yose ikina umupira w'amaboko mu Burundi. Uwo murwi ukaba!-->!-->!-->!-->!-->…
Nk’uko biri mu rwandiko inomero 215.01/295 IGPNB/2019 umugenduzi mukuru w’igiporisi aheruka kwandikira abayobozi batandukanye b’igiporisi c’Uburundi bukuru bw’igiporisi buheruka gufata ingingo zibuza abajejwe umutekano!-->!-->!-->…
Mu mpera z'indwi twaraye dusozereye muri zone ya Cibitoki mu gisagara ca Bujumbura haratangujwe ihiganwa ryitiriwe umubano mwiza no gusubiza hamwe. Uko imirwi yahuye n'ingene yatsindanye. Kuwa gatandatu igenekerezo rya!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.