Lolilo ngo yakoze indirimbo n’ama Video menshi muri uno mwaka wa 2018, aho agaca ashirwa na Big Fizzo mu bibanza vy’imbere mu bakoze bigashimwa mui uwo mwaka. Big fizzo aremeza ko Lolilo ari mu baririmvyi bakoze!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba ulimwengu Jules aridogerwa n'abakunzi b'intamba bivuye ku majombo yasgikirije. Mu kiganiro uwo mukinyi w'intamba mu rugamba ubu akinira Rayon Sports yakoranye n'igihe!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuvuza mu biteramo mpuzamakungu ni kimwe muvyo Andy Mwag yaharanira, ubu ari mu biteramo vyitiriwe agashimwe kazwi nka « Prix Découvertes » gatangwa n’ikimenyeshamakuru c’abafaransa Rfi, Andy kuriwe ngo n’intambwe!-->!-->!-->…
Kuva kw'igenekerezo rya 23 na 24 Ruhuhuma umwaka wa 2019 ihiganwa rya Primus league rigiye kubandanya Uku niko imigwi izohura: Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 23 Ruhuhuma umwaka wa 2019 - Ku kibuga citiriwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'intamba mu rugamba Nduwarugira Christophe ata murwi yarafise muri kino gihe yaguzwe muri Portugal. Hari kw'igenekerezo rya 25 Nzero umwaka wa 2019 , aho Umukinyi w'intamba mu rugamba Nduwarugira!-->!-->!-->!-->!-->…
Mt number one ngo kuba atigeze atinya gushira amafaranga mu ndirimbo n'ikintu ciza n'abandi bokwirikiza. Ivyo bikaba bishikirizwa na Sat-b bakoranye indirimbo yabatwaye amafaranga atari make. Uno musi Sat-b yasubiriye!-->!-->!-->!-->!-->…
Kidum naho atashatse ko ishusho yashize ku rubuga rwa Facebook hagira ico bayivugako, ariko abamukurikirana bagize vyinshi bayivugako. Kidum yavuzweko cane ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko bavuga kw'ishusho!-->!-->!-->!-->!-->…
Kigingi ngo ntashobora gutanga ubumenyi ku bandi bashaka gukora uwo mwuga, igituma ngo nuko nawe ngo hari vyinshi ataramenya. Mugenzi Aubin Alfred benshi bazi nka Kigingi ngo yarasanzwe abizi kuva kera ko afise ingabire!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakunzi b'umugwu Messager Ngozi baraye bakoze isanganya baganutse bava ibujumbura . Hari ku mugoroba wo kur' uyu wa Gatatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma umwaka wa 2019 igihe c'isaha cumi na zibiri n'igice!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Akanyamuneza niko karangwa mu banyagihugu bo ku Mugara mu ntara ya Rumonge inyuma yisekeza ryo gufata abasanzwe bakora umwuga ugayitse wo kuruga. Mu gaturuturu Ko kur'uyu wa kane igenekerezo rya 21 Ruhuhuma(02),!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.