Chris Biz ntagifitanye amasezerano na Andyllairs, kubera ata kanya ko kumukurikirana afise bivanye n'ibikorwa uwo muhinyanyuzi afise muri ino misi. Ivy'ikinjura rya Chris Biz muri Label ya Andyllaire vyahavuye!-->!-->!-->!-->!-->…
Umuririmvyi wo muri Haiti niwe Kidum yakoranye akaririmbo nawe, ariko hakaba hataramenyekana ubutumwa buzoba burimwo, ariko kakazumvikanamwo igiswahiri n'igi Creole. Hagiye kwumvikana akaririmbo gashasha kazumvikanamwo!-->!-->!-->!-->!-->…
Naho hagize igihe haboneka umengo hariho ugufatana mu mugongo hagati ya Sat-b na Big Fizzo, Big we avuga ko badaherutse no kwandikiranira. Mu gihe hagize igihe haboneka ko hoba hari ugufata mu nda hagati ya Big Fizzo na!-->!-->!-->!-->!-->…
Kubwa Dudu ngo uwumaze gukura, ntasubira kuraba umwanya kw'isaha gusa gusa, ahubwo no muriwe arumva ko umwanya uriko uramujana. Mu buzima ngo haragera aho umwanya utawuraba kw'isaha ahubwo ngo uwumva muri wewe ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuva kuri uyu wa Kabiri w' igenekerezo rya 19 no kuri uyu wa Gatatu igenekerezo rya 20 Ruhuhuma ihiganwa rya Primus league ryabandanije ku ndwi ya 23 yaryo. Uku Niki imigwi yatsindanye: Buja City yatsinze Flambeau de!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Uemurwi les jeunes Athletic ikina mu cicaro ca kabiri igiye gutakaza umumenyereza wayo. Amouri Manirakiza yari asanzwe amenyereza umugwi les jeunes Athletic yatanze imihoho kuva kuri uyu wa kabiri waraye uheze!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'intamba mu rugamba Ulimwengu Jules abandanya kwitwara neza muri Rayon Sports . Hari Ku mugoroba wo kuri uyu wa Kabiri waraye uheze igenekerezo rya 19 Ruhuhuma aho Rayon sports yari yaramutse!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Black g ntarya umunwa mu kuvuga ko yasohokanye n'umwigeme aboneka mu masanamu y'indirimbo Give me Love, ariko akavuga ko adashobora kwemeza nimba boba bakiri mu rukundo. Mu gihe hari hagize igihe havurwa ko umukobwa ari!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugusiba mu nama z’umurwi, ugucerwa mu myimenyerezo, ukongeramwo n’ugutwara imodoka yanyoye inzoga ngo bigiye gutuma Stoke city igurishwa Saido Berahino, muci riza. Saido Berahino ashobora kugurishwa n’umurwi wa!-->!-->!-->!-->!-->…
Kigingi n'umukunzi wiwe Marina Kigingi ngo kuba atwenza cane nico gituma abakobwa batamwerekwa mu gihe aba ariko ashikiriza ikiri ku mutima, kuvy'urukundo aba yipfuza. Mugenzi Alfred Aubin!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.