Naho urukundo ari rwose akunda abanya Kinama, Natacha avuga ko ababazwa no kubona atari bwigere aja kuhakorera igiteramo. Umuririmvyikazi Natacha ngo akababaro ni kose kuri we kubona yari yaratereranye abanya Kinama.!-->!-->!-->!-->!-->…
Kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 17 Ruhuhuma umwaka w’2019, impunzi z’abarundi zigeraku majana ane na mirongo itatu na batatu (433) nizo zahungutse zivuye mu nkambi y’impunzi ya Nduta mu gihugu kibanyi ca!-->!-->!-->…
La Chine rallonge sa liste d’infrastructures réalisées en Afrique. Ce jeudi, elle a livré au Burundi un nouveau palais présidentiel, “le plus important jamais réalisé” dans ce pays d’Afrique de l’Est selon l’ambassadeur de!-->…
Ku mashusho yabonetse mu gihe Shaddy Boo yatambana na Otile, uwo muvyeyi w'abana 2 yabonetse ariko atamaba afuka ibihimba vy'imbere kubera umwambara yari yambaye. Umwe mu banyarwandakazi babiza iyashu abantu muri akino!-->!-->!-->!-->!-->…
Mt Number avuga ko atari ku rugezo rw'ugusaba gukorana na Sat-b indirimbo ku buntu. Yaba Sat-b, yaba mt Number one ngo nta numwe akiri ku rwego rwo gukorera canke gukoresha umuntu ku buntu mu bikorwa vy'umuziki!-->!-->!-->!-->!-->…
Wanda ngo ariko ashaka gusambura ivyo Sat-b yafashe imyaka itari mike ariko arubaka, afashijwe n'aba fana biwe. Akaba asaba abamenyeshamakuru n'abafana gusidukana n'iyonka mu kumwiyamiriza. Mu gihe bamwe bamufata!-->!-->!-->!-->!-->…
Charly na Nina bavuga ko Big Fizzo atazi kugusiga amavuta mu gihe usa nabi, ariko ngo akubwiza ukuri ikosa uba wakoze naho aba azi ko bitaza kukuryohera. Big Fizzo ngo ibintu vyiwe vyose biratumbere, ivyo!-->!-->!-->!-->!-->…
Ku busuma yagirizwa, Aime Loveness asaba ko uwogira icemezo na kimwe yogisangiza abandi, kuko we yizeye ko ata cemezo na kimwe gihari. Ibivurwa ko AImee Loveness ngo yoba ariko asohora indirimbo zanditswe na Mirror Team!-->!-->!-->!-->!-->…
Ubutumwa burashe, ubutumwa bukenewe muri kino gihe, niyo mvo nyamukuru yatumye umurwi" Umuduli Band" usubiramwo indirimbo yo mu myaka ya mirongo icenda, "Isi n'icumbi". Bagasaba gutahura ko atamvo n'imwe yotuma!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umukinyi w'umusatirizi w'Intamba mu rugamba Ulimwengu Jules yarawe ahawe amasezerano yo gukinira Rayon Sports . Hari kur' uyu wa Kane igenekerezo rya 14 Ruhuhuma umwaka 2019, aho umukinyi w'umusatirizi!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.