Ngo nka hamwe Dj Paulin atojana Wanda imbere y'ubutungane hakiri kare, kubera iyo ndirimbo ya Sat-b ngo nta nkeka isohotse hazoba harengeranye. Wanda Boy atanga ubutumwa abuha DJ Paulin amusaba ko yoraba akamujana imbere!-->!-->!-->!-->!-->…
Ibitari bike vyari bimuzwi Kuri Emery sun nko kudasohora indirimbo nyinshi, ngo bigiye guhinduka muri uno mwaka wa 2019. Mu gihe azwiko kudakora amasanamu hamwe n'ugusohora indirimbo nke mu mwaka, Emery sun avuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Urubanza rwagiriza Wema Sepetu gukwirakwiza amashusho y'urukozasoni rugiye gusomwa, urwo bamwe bakaba bafise ubwoba bw'ingingo izofatwa. Wema sepetu ngo agiye gusomerwa urubanza ruvuye mu matohoza yaramaze igihe ariko!-->!-->!-->!-->!-->…
Igisata kijejwe gutunganya inkino mu mupira w'amaguru mu Burundi FFB camaze gushira ahabona ikirangamisi c'inkino zindwi ya 22 ya Primus league. Ku musi wa gatanu igenekerezo rya 15 Ruhuhuma hategekanijwe inkino!-->!-->!-->!-->!-->…
Ugukora ubugeni, hamwe n'uguca aronka umwana muri ino misi, Big Fizzo avuga ko hari ico vyamuhinduriye muri gahunda yarafise. Big fizzo ngo agiye kuzokorera igiteramo i Kigali hamwe n' i Bujumbura mu kugira ashire!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'umugwi nserukiragihugu wa Gabon Les panthéres Daniel Cousin umwanya n'umwanya ashobora gutanga imihoho. Icotuma Daniel Cousin w'imyaka 42 atanga imihoho n'uko kuvaho ashikiriye mu mugwi nserukira!-->!-->!-->!-->!-->…
Umumenyereza w'umufaransa Zinedine zidane ariko aronderwa n'umugwi Chelsea wo mu bwongereza. Ukuronderwa kwa zidane naChelsea ni umwimbu muke umumenyereza mukuru wa Chelsea Morizio Sarri amaze imisi atanga na cane cane!-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y'uwataye akomoka kuko asa n'uwutumvirijwe aho yashigikira irongorwa ry'umuvyeyi w'abana 2 yavyaranye na Diamond, Zarinah Hassan, ubu uwundi nawe yitayemwo agira ico avuga ku bugeni bwa Diamond bubandanya buvurwa. !-->!-->!-->!-->!-->…
Inyuma y’imyaka irenga 17, ubufaransa bwatanguye kuburanisha umuririmvyi w’umunyacongo Koffi olomide ku caha c’ugushurashuza bamwe mu bari abatamvyi b’umurwi wiwe bagendana iyo bari mu biteramo. Ico caha gishaka guhanwa!-->!-->!-->…
Umubeshi yoba arinde hagati ya Sat-b, Wanda Boy na Dj Paulin? Ico n’ikibazo umuntu yokwibaza yumvirije ivyo Dj Paulin yavuze mu kiri kimwe mu biganiro bivuga ivy’umuziki I Bujumbura. Mu gihe Wanda abandanya avuga ko!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.