Imirwi ibiri ikomeye mu gisagara ca Bujumbura ariyo Vital’o Fc na Inter Star igiye gukora ibikorwa rusangi ku kibuga citiriwe Intwari . Mw’itangazo ryasohowe n’imirwi ya inter Star hamwe na Vital’o Fc batumiye abakunzi bose…
Ikibuga c’umupira w’amaguru kiri mu gisagara ca Ngozi hafi y’ibiro vy’iyo ntara kugira gihere haracabura ayashika imiriyoni 500 z'amafaranga y'amarundi . Ivyo bikaba vyashikirijwe na Buramatari w’intara ya…
MB data ivyasaba muri kino gihe ngo nuko yosubizwa ivyo yanyazwe harimwo n'imbuga ngurukana bumenyi kuko ngo yakoresheje inguvu nyinshi kugira bikunde page ziwe ziduge ivyo none ariko abisaba bande? Nubwo mukuvuga…
Pamy Queen n'umuririmvyikazi twatanguye kumenya ari mu murwi w'abakobwa ba 2" the Queens" mu nyuma yaho twarabuze irengero ryabo ariko pamy Queen we akaba yarabandanyije asohora nubwo yacishamwo igihe…
Ngo indyarya gusa n'izo zipfurije Isabukuru nziza muka Big Fizzo Nelly yagize ngo bamwe bagirira Surprise muka Big Fizzo ni indyarya gusa, kuko iyaba bakunda Manager Stein ngo ntibari kureka kumushigikira acitoza. Ariko…
Chiffa Marty umukobwa yagendanye na Yvan Buravan imbere yuko yitaba Imana, ngo yiteze kuzobona uwundi muhungu bakundana aruko Yvan amurungitse. Ariko abandi n'abo babibonye ukundi, aho bavuze ko uko avyibaza atariko…
Muri Zambia, abakobwa 5 n'umugore umwe batewe inda n'umusore w'imyaka 25 y'amavuko. Bamwe bati yadukorakora ku bisusu turi mu rusengero, uwundi ngo n'abo barabishaka ivyo nabakoreye, none umwe…
Muribuka Kirikou Akili avuga ko Indirimbo Inzoga n'ibebi ikwije Views 1,000,000 azoca asohora igikorwa gishasha? Ubu umukenyuro wahindutse, ubu naho hagezweho ivy'ama Stage y'ishure. Mu gihe Kirikou yaheruka…
Mu gihe Big Fizzo agize imisi agaruka ku mubano w'abakundana, n'abagenzi muri rusangi, umutambukanyi wiwe ari I Bujumbura, yarize ayo kwarika aho abagore barikumwe muri Entertainment banahuriye muri AMB…
Kuri za Instagram na Snapchat, abagabo bamwe bamwe bikanze ko wa mukobwa wacu Mow Kanzie yoba akina za reresi z'urukozasoni, kuko ivyo bamurungikira n'ibanga gusa. Mow Kanzie ngo ntiyorohewe ku mbuga nka Snapchat…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.