Naho amaso yatukuye mu gusaba ikigongwe kubera ko yababaje ngo abogiye kumuraba mu giteramo ariko arategurirwa haba mu bufaransa co kimwe no mu bubirigi, uwo muririmvyi yoba yaratomboreye muri ukwo gutukwa n'abatari bake…
Iwabo w'abaririmvyi benshi bamenyekanye hano iwacu, iwabo w'abakinyi b'umupira w'amaguru bashitse Kure ngo n'i Nyanza lac na cane cane i Kabonga aho Mkombozi yaraye yerekaniye ubushobozi bwiwe,…
Ayo mashusho y'urukozasoni ntituyerekana ahubwo duteye ivyatsi mwene iyo ngendo. Snapchat isubiye Kandi gukora ibara, uwundi mukobwa asubiye gushirirwa ubwambure bwiwe kwi barabara n'uwuvugwa ko ashobora kuba ari…
Ca Kibazo Kiri muri Amicale Des Musiciens du Burundi, na Big Fizzo agihambijemwo umutambukanyi wiwe asanzwe ari icegera c'uwutwara iryo shirahamwe. Bwa bundi ngo ugutanga Sponsor vyateje ikibazo. Ibintu bikaba…
Muri Afrika yepfo, umugore w'umunyamideri akaba Kandi n'umwarimu, avugishije benshi kubera uburyo yambara imbere y'abo yigisha, bamwe bakamutera amabuye, abandi bakipfuza kuba abanyeshure biwe. Abenshi muri…
Yvan Buravan yitavye Imana mu kwezi kw'8 kw'umwaka uheze, yipfurije aba Musulman bose ukwezi kwiza Kwa Ramadhan, abatari bake bavuga menshi Kuri ubwo butumwa bwabonetse. Mu gihe Kuri uwu wa Kane ariho abari…
Umuririmvyi Saidi Braza ni inararibonye mu muziki w'Uburundi avuka mu Ntara ya Ngozi yamenyekanye cane ku ndirimbo yiwe Burikukiye,Kugasaka ka Inarunyonga n'izindiii nyinshi.... Mu vyamuranga rwari urukundo…
Zuguruzuguru ngo nizo zoba zibarizwa muri rya shirahamwe ry'abaririmvyi mu Burundi, Indirimbo yakozwe kubw'ukwezi kwahariwe Umukenyezi, yitirirwa iryo shirahamwe ikaba atari imwe nkuko vyahora, zabaye 2. Imwe…
N'igiki coba cinyegeje inyuma y'ifutwa ry'ama foto n'ama Video atandukanye yari yashizwe Kuri Instagram ya Big Fizzo? Ico nico kibazo cibazwa n'abatari bake, barimwo na Yassin wamu Promoter akunda…
Umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba witeze gukina urukino rwa mbere kivandimwe n’umurwi nserukira gihugu wa Indonésie i Jakartah muri ico gihugu nyene . Urukino rwa mbere ruzoba ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 25…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.