Umuririmvyi Bizimana Aboubakar Karume benshi muzi nka Sat-b yamenyesheje ko muri uno mwaka uza wa 2023, agiye gukorera igiteramo ku mugabane w'Uburayi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo muririmvyi yerekanye…
Alvin Smith yiswe umunyeshari n'ababonye ivyo yabashije gushira ku rubuga rwa Twitter, yidoga. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Twitter, umuririmvyi Alvin Smith yasavye ikinyamakuru Akeza ko cohagarika kwama kivuga ku…
Inyuma y'ugushira ahabona Indirimbo yiwe nshasha yise Nyash yakoranye na Deejay Pius, Yvan Muziki agiye gukorera igiteramo i Dubai. Nk'uko yavyerekanye kuva ku musi wa mbere, uwo muririmvyi agiye kuzokorera…
Mu gihe imyidogo yari yose hirya no hino ko ikibanza citiriwe Ukwikukira cubatswemwo akabare, igisagara ca Bujumbura kikanahagarika ivyo bikorwa vyari vyatanguye binageze kure, ikinyamakuru kimwe ca hano iwacu cashikirije…
Gaga ni umuririmvyi w'umurundi amaze imyaka itari mike mu mwuga wo kuririmba benshi bakaba baramukundiye style yiwe afise yisangije, yaduhaye indirimbo nshasha. Arakunda gucishamo akaja mu gacerere ariko iyo asohoye…
Bain Turo isango yari yaramaze kuritanga y'uko igenekerezo rya 29 Munyonyo 2022 agiye kurekura indirimbo yiwe nshasha isango ryabaye ntabanduka. Ni mugihe hari haciye imyaka irenga 2 yari amaze atakibarizwa muri Empire…
August Burundi nkuko yagiye arabishikiriza mu biganiro Album yiwe" Dukunde Uburundi" azogenda arasohora indirimbo imwimwe akaba amaze gushira ahabona zitatu iyigira Kane ngo agiye kuyirekura umwaka 2022 utarahera.…
B Face mu kiganiro yakorenye na Indundi Tv yavuze ko igenekerezo rya 26 Munyonyo 2022 azoba yafashe indege imushikana I Dubai mu giteramo gitegekanijwe kuri uyu w'Imana igenekerezo rya 27 Munyonyo 2022 isango ryabaye…
Umuririmvyi Vichou love inyuma y'urugendo yakoreye I Kigali mu Rwanda, akahakorera ibiganiro bitari bike, birimwo ivyaciye ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe n'imboneshakure zisanzwe, hakanamenyekana ko hoba hari…
Igenekerezo rya 26/11 I Kigali hazoba igiteramo kizitabirwa n'abasore babarizwa muri Biliman Boy. Ico giteramo kikaba citiriwe Buja in Kigali. Ico giteramo kizoba kibaye ica mbere abo basore bakoreye i Kigali, mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.