Emery sun ngo yoba yarahembwe amafaranga y'igiteramo Kandi ataririmvye, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Queen Of Buzz Ariwe Nelly Nat, aho yashikiriza ko habayemwo ubusuma mw'itegurwa n'urutonde…
Abiyitirira abandi ngo bamaze kuba benshi ku mbuga ngurikanabumenyi, Ami pro nawe akaba yamaze kwinjira muri ico gitigiri aho yanditse asaba abantu ngo babe maso. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook, uwo…
Miss Earth irabandanya ukuri kwamya, ibirori vy'iryo higanwa risigaje imisi iharurwa ku ntoke ngo rihere biheruka bikaba vyabaye kuri uyu a gatatu. Muri ivyo birori wa mwigeme yaserukira Uburundi, Miss Claudie…
Rachly ni umuririmvyikazi akaba akina na film no muri volleyball ntavyorosha, ivyo vyose akaba abikora nk'akazi ariko ngo kuririmba ni vyo akunda cane ngo ntiyobiheba. Nk'uko twari twabashikirije mu makuru yacu…
Double jay na Kirikou bagifata urugendo berekeza mu gihugu c'Urwanda batubwiye ko bagiye guheraheza indirimbo bakoranye na Bruce Melodie ariko ngo urubanza rumwe rurashobora kumara zibiri. Abama badukurikira mu makuru…
Vania Ice nawe buca ashira ahabona indirimbo yakoranye n'umuririmvyi Kivumbi w'umunyarwanda. Iyo ndirimbo yahawe akazina ka "I DEY" ikaba igiye gushirwa ahabona inyuma y'urugendo yakoreye muri…
Kuri uyu wa kabiri habonetse amajambo y'urukundo ateye igomwe yandikiwe umuririmvyi Kadjimunda Florin benshi muri nka R Flow. Muri ubwo butumwa vyabonetse ko bwasangijwe abantu ku rubuga rwa Whatsapp, umukobwa…
Vichou Love yaragabishije abaririmvyi bagenziwe y'uko ukwezi kwa Munyonyo na Kigarama boba barabangira gusohora indirimbo nshasha kubera izo wewe afise niyazisohora abandi batazokwumvirizwa. Adatevye yaciye aduha…
Kingorongoro ni umuririmvyi w'umu Rapeur benshi mwakunze kundirimbo ziwe zitandukanye indirimbo yiwe ihari nshasha muri zose ni "Habavye". Yari amaze imisi yandika ku mbuga ngurukanabumenyi y'uko afise…
Kirikou Akili twamumenye nk'umuririmvyi ariko imbere yuko tumumenya yari umwana wo mw'ibarabara nk'uko wenyene avyivugira. Imana rero iguhaye ikwibagiza imibabaro ukicarana n'abakomeye, ivyo vyarabaye kuri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.