Abatari bake barimwo Alvin Smith na Didier Kiss bahakanye bivuye inyuma ko imiliyoni 50 zavuzwe ko zahawe Olegue ngo atarivyo na gato. Impari ni zose ku mafaranga imiliyoni 50 vyavuzwe ko zahawe Olegue mu masezerano…
Wa mwambaro wa Miss Lauria muri Miss Earth watangiwe umuco n'umwe mu begereye abo bigeme. Hamenyekanye amakosa yakozwe, inzira vyari gufata, ico yari kwirinda, co kimwe n'ikibuze ngo amakosa nk'ayo ntasubire…
Ikibura kugira abaririmvyi b'abarundi batumirwe i Kigali mu biteramo, ngo ni ukutimenyekanisha. Muri aya mezi aheze abaririmvyi b'abanyarwanda bamaze gukorera ibiteramo hano iwacu ni abatari bake, ariko abarundi…
Ukudakundana ngo bitumye abaririmvyi co kimwe n'aba Dj bo muri Africa y'ubuseruko batabasha gusohoka ngo baje gukorera mu mahanga. Dj Brian mu kiganiro Classic Vibe yavuze ko aho yakubitira muri Nigeria akabona uko…
Chany Queen haraciye igihe atumenyesheje ko agiye gushira ahabona album yiwe izoba izwi kw'izina rya" Colors". Muri ukwo kurindira tubandanye turindiriye igenekerezo iyo album izoshirwa ku mugaragaro kuko ico…
Owen n'umuririmvyi w'umurundi asanzwe aba mu makungu neza na neza muri Canada. Umwuga wo kuririmba yawutanguye kuwufata nk'akazi mu mwaka 2020 ubu akaba ageze ku ndirimbo 6 harimwo niyo yakoranye…
Imana ngo kuva nakera yamye ivugana n'abavugishwa bayo nubu iracavuga, abavugishwa barahari kandi igihugu c'Uburundi gifise vyose, abarundi nibo bataramenya uko bakira ivy'Imana irekura kubwabo. …
Kubwa Hosy ngo abarundi ntukwiye kubereka ibibazo ubamwo, ahubwo ukwiye kubereka ivyiza gusa, kuko ngo umweretse ico gice kitari ciza cawe nico akwiciramwo. Aganira na Musuhura Power Tv, Hosy yavuze ko we adashigikiye ivyo…
Ingendo Alvin Smith aheruka gukorera i Kigali, zavuyemwo indirimbo zitari nke, mu gihe mu ntango zari zigamije ukwiga gusa. Uwo muririmvyi yitezwe ku mugabane w'Uburayi mu misi ya vuba, indirimbo zaketswe ko yakoreye…
Kwipfuza kuba Monna Walda ngo bisaba ukwitanga gukomeye, kuko harimwo n'ukwemera kwitwa Malaya. Mu kiyago yagiranye na Juste, uwo muririmvyikazi aheruka guhimbaza isabukuru yiwe y'amavuko, n'imyaka 3 amaze mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.