Alvin Smith ngo akazi kamaze gutangura i Kigali. Ivyo nivyo uwo muririmvyi aheruka gushikiriza ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Uwo muririmvyi abarizwa muri kino gihe mu gihugu kibanyi c'Urwanda kuva mu mpera z'indwi…
Abariko barakoresha imbuga za Monia Fleur ngo ni babihagarike, ico nico ciyumviro ca Ncuti ya bose, umwe mu basanzwe bakurikiranira hafi ivy'umuziki wa hano iwacu. Ncuti akaba ashikirije ivyo inyuma yaho amenyeshereje ko…
Kubana n'umukuru w'igihugu ngo biraryoshe, ariko ntivyoroshe. Ivyo biheruka gushikirizwa na Dogo A ubwiwe. Uwo muririmvyi w'indirimbo nka "Manjonjo", avuga ko naho kubana n'umukuru w'igihugu…
D-one ngo naho Santa yamwimye urukundo, uno musi umubano wabo ngo ni mwiza. Uwo muririmvyi w'indirimbo zakunzwe cane nka Morning love n'izindi, avuga ko urukundo yasabiye umumenyeshakuru kuri Camera ariko…
Kigingi inyuma y'ibiteramo yakoreye ku mugabane w'Uburayi, ngo agiye gushika no ku mugabane wa Amerika ya ruguru neza neza muri Canada. Amakuru dukesha urubuga rwa Instagram rwa Boris Evrard asanzwe ari umwe mu…
Umuririmvyi Ado Josan abarizwa ku mugabane w'Uburayi mu gihugu ca Finland, ngo ariko arategura gushira ahabona ibikorwa bitandukanye vy'umuziki mu misi iza. Ivyo uwo muririmvyi akaba abishikirije mu gihe yaheruka…
Hagiye kuza hatunganywa ihiganwa rya Volleyball mu ntara ku mirwi yo hagati mu gihugu . kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 07 Gitugutu 2022 , uwurongoye ishirahamwe rya Volleyball Général de Brigade de Police Serges…
Sat-B ngo ntasubire gusaba igihugu ngo kimufashe kuronka itike, ahubwo n'ahindukirire abafana biwe bamushigikire, uko niko Nelly abona ko ikibazo c'itike y'indege ya Sat-B yo kuja muri Afrima Awards yoboneka.…
Dj Bobo de Paris umwe muba Dj b'abarundi bariko bavyifatamwo neza, buca asubira kandi kwakira abandi baririmvyi batandukanye muri ico gihugu. Mu misi iheze twari twabashikirije ko uwo mugabo asanzwe akora akazi ko…
Umwe mu bateguye igiteramo ca Kigingi co muri Sweden mu gace kitwa Uppsala yasavye ikigongwe kubera utubazo tumwe tumwe twabaye muri ico giteramo. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, yanditse ashimira abitavye ico…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.