Ni ishirahamwe rimaze imyaka itanu ririko rirangura ibikorwa n'urwaruka mu kubafasha guteza imbere impano zabo. Muri iyo myaka yose itanu uko umwaka utashe bagiye barategura ihiganwa ry'aba Miss naba Master…
Umwigeme, Video Queen, ari mu masanamu y'indirimbo Body, umuririmvyi Mugani Desire benshi muzi nka Big Fizzo yafashije umuririmvyi Boy 23, yibagishije amabere. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram uwo mwigeme asanzwe…
Alvin Smith arira ayo kwarika kubera ibiciro vy'ama studio mu gihugu kibanyi c'Urwanda. Mu gihe hamaze kumenyekana ko ico yipfuza co gukorana Collabo n'umuririmvyikazi Bwiza camaze gukemuka, uwo muririmvyi ngo…
Indirimbo NTA NDERO UGIRA ya B Face yari imaze imisi iriko iguvisha abatari bake harimwo n'abo basangiye umwuga ariko batabona kumwe ivyawo, ntigishizwe ahabona muri ino misi. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, B…
Umugwi w'abaririmvyi baririmba muri Ekereziya Gatorika i Kigali mu Rwanda, IL Vino di dio, utwarwa n'umwe mu batahukanye ikibanza ca 1 mw'ihiganwa Primusic, Ninteretse Christian, bashize hanze akaririmbo…
Endo mike ngo inkumbu afitiwe n'abafana agiye kuzibamara vuba. Akoresheje urubuga rwa Instagram, uwo muhinyanyuzi yigeze gukorana igihe kitari gito na Bantu Bwoy, yavuze ko naho yaragize igihe ari mu gacerere, ngo vuba…
Abakobwa ba Esther Nish ngo baramutoranye, ivyo nivyo umuririmvyikazi Nishimwe aheruka kuyagira umwe muri bagenzi bacu. Esther Nish ngo abonye abakobwa biwe aca yibona akiri muto, kuko ngo naho yaba ata majambo afise atonze…
Uno musi umuririmvyi agirwa na Hit, ivyo nivyo abatari bake bibaza na cane cane abaririmvyi ubwabo, ariko Esther Nish we siko abibona. Uwo mwanditsi wa Kavorivori avuga ko we atari mu gitigiri c'aba hit maker , ariko ngo…
Isanamu Alvin Smith yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram ari kumwe n'umuririmvyi Nel Ngabo wo mu gihugu kibanyi c'Urwanda, yateje uruhagarara ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Icateje uruhagarara akaba ari ikibanza…
The Burundian striker, Bimenyimana Bonfils Caleb, currently evoluating in South Africa, continues to impress fans of his team. It was this Sunday, october 9, 2022, on the tenth day of the South African top flight.…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.