Biragoye gutahura, ariko nyimba mwagiye mu kurikirana amakuru twagiye tubashikiriza avuga ku muryango w'abarundi baba ku mugabane wa America BDUSA biroroshe cane kubona inzira bariko bagana muri kino gihe. Mu mpera…
Igihugu c’Ubushinwa catoye uburyo bushasha kandi bivurwa ko aribwo bwiza bwo gupima ikiza ca Corona Virus kigeramiye isi. Ubwo buryo butariko buvurwako rumwe n’ugupima bacishije mu gisusu. Ubwo buryo nkuko amakuru dukesha…
Meme Meili ngo nawe agiye gushira ahabona indirimbo ziwe, ivyo ngo ni mu misi ya Vuba naho atarashima gushikiriza umusi nyezina azozishirira ahabona, ariko kandi yarasanzwe afise izo amaze gukora ariko atarashira ahabona. Mu…
Inyuma y’aho hafatiwe ishirahamwe ryo gutumatumanako amakuru Lumitel rimaze imisi kuri anteni yaryo iri mu Kamenge imaze igihe kitari gito ikoresha umuyagankuba ku mamashini yayo itariha (soma nk’aha uko vyagenze (…
Mu bikorwa bidasanzwe vyaranguwe mu gutezimbere Umuziki ndundi Isanganiro Award iza mu vyambere. Radio isanganiro irakangurira abarwizatunga gushikira umurimvyi atahukanye Isangaro award kuko nawe azogira inyungu idasanzwe mu…
Induru ngo zirashobora kwaduka hagati ya Esther Nish hamwe na Manager wiwe Dj Jackson, imvo zayo ngo n'ukutumvikana bivanye n'uko rumwe muri izo mpande rutariko rukurikiza ivyo rwavuganye n'urundi. Amakuru…
Mista champagne ngo imigambi yahindutse, ngo nta gahunda afise yo gushira Indirimbo ziwe ziboneka muri Album nshasha ku mbuga ngurukanabumenyi zigurisha umuziki. Uwo muririmvyi yashize ku rubuga rwiwe rwa Instagram numero ya…
Indirimbo yakoreye amasanamu mu myaka yahera zitaboneka ku rubuga rwa YouTube rwiwe ngo zigiye kubonekako, ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na R Flow ubwiwe mu kiganiro The Profile gica kuri Isanamu Tv. Muri ico…
Iradukunda Landry Pacelli ngo niko kazi kimwe k’amavuko, ariko abatari bake ngo bamumenye ku kazi ka Landry Promoter yaahavuye yiyita amaze kwinjira mu mwuga wo kumenyeshamakuru. Mu kiganiro yahaye imboneshakure Bukimoon Tv,…
Ntibikiri ibanga Cristal Gatabazi batazira coach Kibwa niwe amenyereza kuva kuri uyu w'Imana umurwi wa Gladiator akaba azobandanya afasha muri staff ya New stars irongowe na Nshimirimana Christian batazira Ndindi Uwo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.