Ama miliyoni 65 y'amafaranga y'amarundi atozwa mu makori n'amatagisi niyo atahora ashikanwa ku makonte y'amakomine buri ndwi. Vyashikirijwe na Pierre Nkurikiye avugira ubushikiranganji bw'intwaro yo…
Reta y’Uburundi iciye ku mushikiranganji w’imigenderanire y’Uburundi n’ayandi makungu, Ambassadeur Albert Shingiro yongeye kwugurura ibiganiro n’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Buraya mu ntumbero yo kunagura imigenderanire imaze…
"Batagize urunani ntibazotsinda umurwi w'Urunani" ayo niyo majambo yaraye ashikirijwe n'abakunzi b'umurwi w'Urunani inyuma yaho bikurikiranije inkino zirenga zitanu badatsindwa mw'ihiganwa…
https://youtu.be/10d6FFuaR0s Abarimyi na cane cane abarimyi b'igiterwa c'ibigori ngo bagiye kuronka akoyoko muri iri yimbura aho intete zumye bagiye guhora bazigurisha ku kabeyi gatubutse. Inyuma y'ivyirwa…
kuri uyu w’Imana waraye uheze igenekerezo rya 31 Nzero 2021, mu ntara ya Gitega, iooshirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB ryari ryatunganije inama ya bose yahuje abaserukira Imigwi ndetse…
Mu mpera z’twaraye dusozereye ku magenekerezo ya 29,30,31 ihiganwa rya Primus league ryarabandanije kundwi yaryo ya 19: Imirwi ikaba yatsindanye uku gukurikira: - Umugwi Muzinga Fc wari wakiriye Vital’o fc watsinzwe…
Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya mbere Ruhuhuma mu gisagara hagati i Gitega ahasanzwe hakorera insamirizi Buja fm muri iyo ntara hadutse umuriro ariko Imana yakinze igiporisi kijejwe gukinga no gutabara kikaba cahaserutse…
Abamenyereza b’intamba mu rugamba bamaze gutororokanya abakinyi 30 bakina mu Burundi bagiye gutangura Imyimenyerezo yo kwitegurira inkino zibiri zo kurondera itike yo kwitabira CAN 2022 , zizoduhuza na Centrafrique hamwe na…
Iry Tina the Queen ngo amahiganwa mpuzamakungu y'ibijanye n'imideri niyo yari yatumye abanza guhagarika umuziki gatoya, kuko bitashoboka ko afatanya ivyo bikorwa uko ari bibiri. Uwo muririmvyikazi abarizwa mu gihugu…
Alvin Smith ahejeje gusaba umukunzi wiwe Nirna kumwemerera ngo bazobane ubuzima bwabo bwose, ivyo bikaba bibaye mw’ijoro ryo kuri uyu musi wa mungu nkuko amashusho yabonetse avyerekana. Ku rubuga rwiwe rwa Instagram Alvin…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.