Kubw'umuririmvyi Masterland ngo siwe wenyene bishikira ariko ngo ariko arabirabira hafi ivyuko indirimbo ziwe zitaduga ama views akaba abivuze yidoga inyuma y'abandi batari bake kubona indirimbo yaheruka gusohoka…
Ihiganwa rya Volleyball rirabandanya mu gisagara ca Bujumbura. Kuva ihiganwa ribandanije mu gice caryo ca kabiri benshi bita Phase retour umurwi wa Gacosmos witwara neza ukaba watsinze abakeba bawo Amical na Rukinzo bakaba…
Ubwo ibihejeje kuba hagati ya Francine Niyonsaba umunonotsi w’Umurundi na rimwe mu mashirahamwe y’ugutumatumanako amakuru, Econet, vyoba vyerekana ko hari iyindi ntambwe igiye guterwa hagati y’abanyabuhinga n’ubumenyi…
Abantu ngo nibareke gufatira mu rwara Olegue, ahubwo bamushigikire. Ivyo n'ibiheruka gushikiriza n'umwe mu banyamideri b'abarundi bakomeye basanzwe bakorera mu gihugu c'Urwanda. Ku rubuga rwiwe rwa…
Umukunzi wa Kigingi yabajijwe ibibazo bitari bike ku rubuga rwiwe rwa Instagram. Muri ivyo bibazo, hagumye hagarukamwo ikibazo c’urukundo rwiwe na Mugenzi Aubin benshi bazi nka Kigingi. Abatari bake bamubajije ikibanza…
Intambwe Uburundi bugezeko mu kunagura imigenderanire hagati y’abwo n’igihugu c’Urwanda ngo irashimishije. Umukuru w’igihugu c’Uburundi yabishikirije mw’ikoraniro kaminuza ry’umugambwe CNDD FDD riherutse kubera i Gitega.…
Ishirahamwe rijejwe gukwiragiza umuyagankuba n’amazi mu benegihugu Regideso riheruka guhura n’ibibazo vy’ukwibwa umuyagankuba ufise igiciro c’amafaranga arenga imiriyoni 25 z’amarundi. Ni muri komine Ntahangwa, zone kamenge,…
Ntawutazi amabi y'ubukene. Eka mbere n'imigani itari mike , abasokuru bagiye baraca, irerekana akababaro n'amarushwa ajanye n'ubukekene. Hamwe bati'' Umukene na Nyina aramwanka! Ahandi ngo "…
Abantu bamwe bamwe batanguye gusaba amafaranga yo kwimwesha, ngo bikunde nabo bimweshe nka Natacha Ngendabanka. Abo bariko bayasaba akaba ari bamwe mu bakurikirana urubuga rwa Facebook rwa Natacha. “Urampa amahera…
Platini yigeze kuba ari muri Dream Boys ngo ntaho yohera yanka kugiriranira imigenderanire y’urukundo na Shadia benshi bazi nka Shaddy Boo. Ivyo akaba aheruka kubiyagira kimwe mu binyamakuru I Kigali aho bariko…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.