Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya Gitega. Aho kw’igenekerezo rya 30 Munyonyo 2030 azoba ari…
Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw'ibarabara ry'igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije. Bishikirizwa na Emile Ndayisaba, umuyobozi mukuru…
https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga,…
Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi barereye kuri iryo shure basaba ko amahera y’ishure…
Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye nk’umiziro, nayo…
Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka yabishikirije…
Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye kwitaba inama igira 18 y’ibihugu…
Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko , ibigize umuntu,…
Abicishije kumbuga ziwe, ni Dusenge Ketty Ange yatumiriye abarundi n’abarundikazi kumushigikira mu kumutora kuba umunyamideri w’umwaka aho yanditse ubutumwa agira ati: “Nitwa DUSENGE Ketty Ange nsanzwe ndi umunyamideri…
Muri iki gitabo twama dukunda kuvuga canditswe na Brian Tracy citwa "The power of self-discipline " ku bamaze kugisoma( nibaze ko muri benshi kuko kiriho kuri Play Store) murabonamwo muri Chapitre yambere"…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.