«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri uno wa mbere igenekerezo rya 30 Munyonyo 2020 mu nama…
Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye ukuboko kw’abagabo . Papa Bouba Diop akaba yari umukinyi wo hagati mu…
Mu butumwa aheruka kurungikira ubuserukizi bw’ibihugu vya Afrika buri mu gihugu c’Uburusiya, umuserukizi w’Uburundi muri ico gihugu Edouard Bizimana abahamagarira kwunga urunani maze biyamirize ubwicanyi bwabaye ndanse muri…
Menya ibintu bine bidasanzwe kandi bitari binamenyerewe vyaranze Basketball i Bujumbura mu ndwi twaraye dusozereye. Urunani ruhahagaritse umuvuduko wa Kern Ihiganwa rya Basketball mu gisagara ca Bujumbura ryarabandanije…
Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020 niho hakinwa inkino mu ntumbero yo kurwanya amabi akorerwa abakenyezi . Inkino zitandukanye nka Volleyball, Basketball , Taekwondo na Karaté zarakinywe. Urukino rwuguruye…
Jean Niyonkuru, yagirizwa ubushobozi buke bwo gutunganya amatora y’indongozi nyezina z ’abarundi baba mu Bubirigi kuva mu mwaka wa 2019 ntakibarizwa muri ayo mabanga vy’imfatatakibanza. Amaze,kubona ko amategeko agenga…
Umurundikazi Hakizimana Alexia(no4) aba mu gihugu c’Ubushinwa ari mwihiganwa ryitiriwe «China Africa cooperation » arasaba abarundi kumushigikira kugira arabe ko yotahukana iryo higanwa. Kumuha amahirwe yo gutsinda, iryo…
https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook…
https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp amwerekana ari ku ntatemwa y’uwo…
https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico gikorwa…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.