Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa kabiri, igenekerezo ra 20…
Uwahoze arongoye igihugu c'Uburundi mu myaka iheze Petero Buyoya yaciriwe umunyororo wo guherayo amaze kwagira icaha co kugandagura Perezida Ndadaye Melchior. Petero Buyoya muri kino gihe ahagarariye ishirahamwe…
Umunyororo wo guherayo hamwe n’indishi y’akababaro y’imiliyaridi zirenga ijana na zibiri nico gihano cakatiwe abantu 19 bagirizwa ivyaha vyo kugandagura umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye hamwe no guhungabanya umutekano…
Ubushikiranganji bw'indero n'ubushakashatsi bwuguruye imiryango ku bipfuza kubonana n'umushikiranganji aburamutswa. Nk’uko biri mw’itangazo bwaraye bushize ahabona kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 19 Gitugutu…
Ivyo umurwi ujejwe kumenya ukuri no kunywanisha abarundi CVR umaze imisi uriko urakora, ngo si ukuzura akaboze nk’uko benshi bavyibaza. Ivyo ni ibishikirizwa na Cyriaque Nshimirimana, icegera ca kabiri c'umukuru…
Umugambi w'uko umwana wese wo muri komine Mutaho intara ya Gitega, yotunga n'imiburiburi urukwavu rumwe hamwe n'uwo gutera ubwatsi bw'ibutungwa ku mabarabara yose ari muri iyo komine, ngo biri mu bizotuma…
Abanyamwema bo mu Burundi ngo bahanzwe n'ibibazo vyinshi cane cane indwara zo ku rukoba, kudafatwa neza mu kibano no mu mashure hamwe no kwirukanwa mu ngo kw'abakenyezi baba bibarutse umwana w’umunyamwema. Ivyo ni…
Ukwubaka ikigo kijejwe gutororokanya no gushingura amaraso mu ntara ya Gitega, umugambi wo kwikingira ikiza ca Corona ni bimwe mu vyaranguwe n’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida. Ivyo ni…
Bamwe mu basengera mw'ishengero ry'abadventiste b'umusi w'indwi basaba ko mu ntumbero yo gutorera umuti indyane zibandanya zibonekeza muri iryo shengero ari uko hokurikizwa ibiri mw'ikete…
Amafaranga y'amarundi yababa imiriyaridi 2 niyo mitahe yashizwe hamwe n'abanywanyi b'amakoperative kuva mu kwezi kwa Ntwarante gushika mu mpera z'ukwezi kwa Ruheshi uyu mwaka turimwo w’2020. Umuyobozi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.