Ku murango wo kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 16 Gitugutu 2020, i Kaburantwa muri komine Buganda intara ya Cibitoke, habaye isanganya ridasanzwe ryahitanye ubuzima bw’umuntu umwe uwundi arakomereka. Ama kamyo abiri, imwe…
Impapuro 15 zitanga uburenganzira bwo kuronswa uburusho nizo zatanzwe n’ikigo API kijejwe kworohereza abanyamitahe ku mashirahamwe yazisavye. Ayo mashirahamwe ategekanya gukoresha umutahe ungana n’imiriyaridi zirenga 710 mu…
Ibidandazwa bigizwe n’ibitenge 435, udukarato 3109 tw’imiti hamwe n’imitekero 9 y’utumwanya tutemewe n’amategeko nivyo vyaraye bifashwe n’ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR. Ivyo bidandazwa bikaba vyafashwe…
Amafaranga yababa imiriyoni 80 z’amarundi niyo yinjiye mu kigega ca Reta biciye mu bushikiranganji bw’inyubako, ibikoresho no kugwiza uburaro muri aya mezi atatu y’umwaka aheze. Ivyo umushikiranganji ajejwe inyubako,…
Ba ntahonikora barenga ibihumbi icumi na kimwe baravujwe, abantu bashika 28 bapfunzwe hadakwirikijwe amategeko bararekurwa. Ivyo ni bimwe mu vyaranguwe n'ubushikiranganji bujejwe gufatana mu nda mu kiringo c’amezi…
Amategeko mpuzamakungu ngo ahari kugira yunganire ay'igihugu kigenderako ari naco gituma abacamanza n'abashingwamanza babwirizwa kuyisunga mu gutunganiriza ababitura. Ivyo ni ibishikirizwa na bamwe mu bacamanza…
Ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi, OBR ngo kigiye guhindura umukenyuro inyuma y’aho hagumye hafatwa ibidandazwa bicisha mu kinywabi. Imiti ifise agaciro k'imiriyoni 30 z'amafaranga y'amarundi, ibiro…
Ishirahamwe rijejwe gukwiragiza amazi n’umuyagankuba mu banyagihugu Regideso ryahawe na Reta gucuruza amazi kuva mu mwaka w'1962, ariko ngo gushika ubu, nta mwimbu uboneka muri Reta. Ivyo ni ivyashikirijwe…
Kwunga ubumwe, gufashanya mu buzima bwa misi yose niyo ntumbero ya African Union Soccer Club. African Union soccer ikaba ari ishirahamwe ry’abarundi baba i Dallas(Burundian diaspora of Dallas), bari kumwe n 'incuti zabo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.