Cristiano Ronaldo na Lionel Messi bari barindiranywe igishika cinshi n'abatari bake ntibagihuye kandi mu rukino rw'umupira w'amaguru rwobahuje mu mpera za kuno kwezi. Urwo rukino rwobahurije ku kibuga…
https://m.youtube.com/watch?v=WaQDMRSQwXk Ata kibaye ngo Intambara irashobora kwaduka imbere yuko umwaka uhera, iyo ntambara nayo ngo ikaba iboneka ko ishobora kwaduka bivuye ku majambo agize imisi ashikirizwa n'aba na…
Urumogi naho abatari bake barimwo n'ama Leta menshi kw'isi barubona nk'ikiyayura mutwe, ico giterwa nyene hari ibindi bihugu vyahisemwo kukibonamwo urukiza, ruza kubombora imifuko ariko kandi rugakiza abantu…
Umuganwa Rudoviko Rwagasore ngo yari umunyaporitike yarangwa no kwunga ubumwe no kunywanisha abarundi. Ivyo ni bimwe mu vyamuranga vyashingiwe intahe na Musenyeri Gerevazi Banshimiyubusa, hari mu nkuka ya misa yo kuri uyu wa…
Imyaka 59 irarangiye umuganwa atari umugani Rudoviko Rwagasore yahabuje intahe y’ukwikukira agandaguwe, hari kuwa 13 Gitugutu umwaka w’1961. Ku rwego rw’igihugu, Ibirori vyo kumwibuka bikaba vyatangujwe n’inkuka ya Misa…
Abajejwe ubutungane basabwa guhana hisunzwe amategeko abarezi bagoba izo baragiye. Abavyeyi nabo bahamagarirwa kubera abana babo akarorero keza mu nyifato, imico n'imigenzo. Umutambukanyi w'umukuru w'igihugu…
Inyuma yuko Empire Avenue itangaje ko itakiri kumwe n'umuririmvyi Bainturo biturutse ku masanamu y'ibiterasoni yasanzaye ku mbuga ngurukanabumenyi yerekana uwo muririmvyi n'umwigeme Nice Sky. Ubu baho iyo Label…
Umutima w'urukundo atari uw'ubutunzi niwo wazinduye abarundi bahurikiye muri Diaspora y Uburundi mu Ubushinwa berekeza kugarukira ku bibondo vya ba ntaho nikora vyo mu Gatumba bitari bwaronke ibikoresho…
Zimwe mu ntabamyi z’ubushikiranganji bujejwe iyinjira ry'Uburundi mu muryango wa Afrika y'ubuseruko, urwaruka, inkino n'imico kama ngo n’uko bakiriko barariha ibirarane vy'intererano y'Uburundi muri…
Igihugu ca Kenya casubiye kwugurura amashure inyuma y'amezi arenga indwi yugawe kubera ikiza ca koronavirisi. Abanyeshuri biga mu myaka ya nyuma y’amashuri akora ibibazo vya Reta mu bice bitandukanye, nibo bemerewe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.