kwibwira ko Sat-B yoba yarashishuye ku ndirimbo y’abaririmvyi bariko barakora neza mu Rwanda, na cane cane mu mudiho wa RAP. bafatiye Ku ndirimbo yise ''Mbese Urabizi ya Chriss Easy na Producer EoBeat vyatumye…
Jean Armel Matata ngo muvyo yibuka ku muvyeyi wiwe Christophe Matata nuko yitavye Imana ataramwumvisha indirimbo yaheruka gukora, kuko uwo muvyeyi yari mu rugendo rw'akazi muri Afrika y'epfo aho yarafise ibiteramo.…
Abaririmvyi ngo ntibari bakwiye guta ishavu kuba Dj. Igituma ngo nuko nabo bafise ivyo baba bagenderako bitandukanye n'ivyo abaririmvyi baba bashaka. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Black g mu kiganiro yagiranye…
Ibituro vy’ibitoro 7 kuri 31 biri mu gisagara ca Bujumbura ngo bitanga igitoro kidakwiye. Ivyo ni ibiri mw’itangazo umuyobozi ajejwe ibitoro mu bushikiranganji bw’ubutare n’agataka yasohoye ku muhingamo wo kuri uyu wa…
Kuri uno wa gatandatu igenekerezo rya 10 Gitugutu 2020, umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye yari yateye iteka ibirori vy’ukwugurura ingoro nshasha y’umugambwe CNDD-FDD yubatswe n’abanyakayanza ku murwa mukuru w’intara ya…
Inyuma y’igihe kitari gito ataboneka ku rubuga rw’umuziki, John Classic, umurundi asanzwe arangurira imirimo yiwe muri Canada yagarutse muri game ya music. John Classic asanzwe aririmba indirimbo zishemeza Imana, Gospel,…
Umushikiranganji ajejwe itumatumanako ry’amakuru aragabisha abakozi bakorera muri posita y’Uburundi ku bijanye n’ubunyonyezi buvugwayo ko bagiye guhagurukirwa. Marie Chantal Nijimbere ahamagarira umwe wese mu bakora muri ico…
Kuri uyu wakane waraye uheze, igenekerezo rya 8 Gitugutu 2020, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu n’ukurwanya Sida, Thaddée Ndikumana yaratanze icegeranyo c'isekeza " Ndakira, sinandura…
Reta y’Uburundi isaba abaserukira ibihugu vyabo hamwe mu Burundi hamwe n’amashami y’ishirahamwe mpuzamakungu ONU mu Burundi kugira ico bakoze kugira Uburundi bukurwe ku rutonde rw’ibihugu vyama vyigwa na ONU. Ako ni akamo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.