Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga, umukuru w'igihugu c'Uburundi yaramutse atunganya ikiganiro kidasanzwe aho yishura ku bibazo bitandukanye vy'abamenyeshamakuru n'abenegihugu, ikiganiro…
Preeze36 nawe yagize icashikiriza ku kibazo kimaze imisi kigisibije ca ba Djs n'inyuma y’ukuzinduka abona ubutumwa butandukanye bwabaye bagenda batuka aba Djs, agasaba bagenziwe bareke kugiranira imimenyerano naba Djs .…
Kuri uno wa kane, igenekerezo rya 24 Nyakanga 2020, impuzi z'abarundi bangana n’ijana na cumi na babiri bari bugaraniwe mu bisagara bitandukanye vy'igihugu c'Urwanda kubera ikiza ca corona kuva mu kwezi kwa…
Umugera wa Corona warahungabanije inyigisho mu mashure ya kaminuza ngo kuko hakiri abigisha benshi bacugaraniwe mu makungu. Ivyo ni ibishikirizwa n’Umuyobozi wa kaminuza y'Uburundi akaba yabishikirije kuri uyu wa…
Umurwi wa mbere w’abarundi bagera ku 287 bakiriwe kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Nyakanga muri zone Gatumba komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura ku rubibe Uburundi buhana n’igihugu ca Republika iharanira intwaro…
Inyuma y'ibibazo Uburundi bwahuye navyo,bigatuma abatari bake bafata inzira y'ubuhungiro, barimwo umuririmvyi Mkombozi, hahavuye havugwa vyinshi kuri uno muririmvyi. Mu vyavuzwe harimwo ko ubuzima bwanse, eka…
Amwe mumajambo yasubijwe umufana w’umururimvyi yabaye nk’inkota yogucagagura imitsi iha inkomezi abaririmvyi bakiriko bararondera uko bubaka izina. U One B Forever ni umuririmvyi akiri muto mu mwuga wo kuririmba akaba asanzwe…
Big Fizzo ngo ntazofatwa mw'ishati na nyene indirimbo yasubiyemwo kandi atabiherewe uruhusha, ariko ubutungane bwo buzomukurikirana. Mu kiganiro na Amanda, Ciza Sylvestre, umukukuruke mu mwuga w'ubwigisha, ariko…
Abarundi bagera ku majana atandatu na mirongo ibiri na batatu (623) bagize imiryango amajana abiri n’itandatu (206) bahora mu makambi y'impunzi yo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya nibo bahungutse kuri uyu wa kabiri,…
Ikibazo co kutumvikana kw'abarongoye ishengero ry'aba adventiste ubu kigeze mu minwe y'ubushikiranganji bw'intwaro yo hagati mu gihugu, iterambere rusangi n'umutekano. Nk'uko biri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.