Imirwi 14 niyo yari yitabiriye ihiganwa ryo kurwego rw’igihugu inkino zo mu matsinda zikaba zabereye mu gisagara ca Gitega ahari amatsinda abiri agizwe n'imirwi 3 muri buri tsinda n'i Bujumbura hari amatsinda 2…
Nyuma yo guhitinga n'indirimbo yiwe yambere yitwa "Melana " ,Berry Music yaraye asohoye indirimbo nshasha yitwa "Angelina." Bamwe n'abandi bamaze kuyumviriza baragira ico bayivuzeko. Bamwe bati…
Ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko hari abandi bantu basanze baranduye Covid_19. Bubicishije ku rubuga rwabwo rwa Twitter, ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no…
Ibiti bikoreshwa mu kuroba vyarononekaye, ubwato bumwe bumwe buramenagurika biturutse ku muyaga mwishi wibonekeje mu kiyaga Tanganyika mw'ijoro ryo kuri uyu wa gatandatu rishira uw'Imana. Amakuru atangwa…
Igiciro c'amazi yo ku mabombo rusangi cavuye ku mafaranga 10 gishirwa ku mafaranga 5 kw'ibido y'amaritiro 20. Ibido cumi zizogurwa amafaranga 50 gusa. Iyo ngingo y’ishirahamwe Regideso rijejwe gukwiragiza mu…
Ihindagurika ry'ibihe ngo si agaseseshwa rumuri mu Burundi ndetse no kw'isi yose. Kw'isi yose hariho amategeko yerekana ingene abantu bokwifata. Uburundi nabwo ntibwasigaye inyuma, kuva mu 2007 haragiyeho…
Ibikorwa vyo kwubaka urugomero rw'umuyagankuba ku ruzi Mpanda bigiye gusubira gutangura. Urwo rugomero ruzotanga umuyagankuba ungana na megawate 10 n'ibice bibiri Ivyo ni ibiri mu nteguro y'itegeko rigenga…
Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye asaba amabanki y’ubudandaji kwikubita agashi mu kutazimba abanyagihugu ku nyungu asaba umuntu aba ayituye yipfuza kuyasaba ingurane. Ivyo yaraye abishikirije kuri uyu wa gatanu…
Mu gihe yariko aragirisha ikiganiro aho yishura ku bibazo vy'abenegihugu n'abamenyeshamakuru, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yagarutse ku nsiguro ya "Reta Mvyeyi" , akamaro…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.