Mu gihe Empire Avenue bisa nkuko yigaruriye imbuga nkoranyambaga na cane cane urubuga rwa Facebook aho nyuma yaho Sat-B amaze iminsi ateye impari kubijanye n'ivyabaye muri Flambeau de la paix i Gitega, Bain Turo amaze…
Umukuru w’igihugu aragabisha abazokoresha nabi amafaranga yagenewe kurangura imigambi y’iterambere ko bazohanwa hisunzwe amategeko. Kuri uno wa kane igenekerezo rya 1 Gitugutu umwaka w’2020, umukuru w’igihugu Evariste…
Akandi karirimbo gashasha ka Landry 2bs ngo kari mu nzira,ivyo n'ibiheruka kuboneka ku rubuga rwa Whatsapp rw'uwo muririmvyi muri ino ndwi. Amakuru dukesha we ubwiwe nuko ako karirimbo katarasohoka. Kakaba…
Mu bwonko bwawe rero niho urukiza rwawe ruri. Ubutare, amafaranga eka n'ibindi vyose wifuza biri mu vyumba bigize ubwonko bwawe. Mu gitabo canditswe na Napoleon Hill citwa " Think and grow Rich" arererekana…
Bimwe mu vyavuye mu rugendo umukuru w'igihugu Nyakubahwa Ndayishimiye Evariste aheruka kugira mu gihugu ca Tanzania, biratanguye kumenyekana. Ibarabara rya gari ya Moshi (Train) ngo ni kimwe muvyo abo bakuru…
Ukujaho kw'umunyamabanga ntayegayezwa arenga umwe mu bushikiranganji hamwe n'uko igisagara ca Bujumbura cotunganywa co kimwe n'izindi ntara, ni bimwe mu biri mu nteguro y'ibwirizwa risubiramwo ibwirizwa…
Umuririmvyi Bain Turo arasaba ko abaririmvyi batobato bahurikiye muma Label atandukanye batorererwa murwanko nkuko bakuze arirwo rukunze kuvugwa. Abicishije mukiganiro yakoranye na Indundi Tv ni Bain Turo yagize ati:…
Kirazira kikaziririzwa ko umunyeshure yiga mu mashure y’intango ko ashobora kwiga incuro zitatu mw’ishure rimwe (triplement), kiretse hari insiguro ziboneka ziheza zigahurizwako n’abajejwe iryo shure bose (jury). Ivyo ni…
Diaspora y'abarundi ba Queensland Australia iza iri ku bikogwa bidasanzwe vyo kwigisha imachine za kijambere abarundi bari muri ico gihugu, bamwe baramaze kubimenya mbere bari ku mirimo. Kubwukwo uwo mugambi bamaze…
NTIBATWIGISHIJE KUBA INTAMBWE. BATWIGISHIJE KUVA INTAMA. Iyo tuvuze intambwe ntimuhave mugira ngo kuvuze ugutandagura. Oya dushatse kuvuga , ukugira umutima w'imboneza( Leaders). Umuntu wese yaje kuri ino si hari ico…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.