Mu gihe abenshi mu barundi baba mu mahanga baba bataramenya canke ngo basobanukirwe ibikorwa vy'ishirahamwe ryabo, mu burongozi bwa Diaspora y'Uburundi ho babasaba ko boshira amakenga bakabegera bakabasigurira…
Haraheze imisi icari kiriko kiboneka ku mbuga ngurukanabumenyi zaba Whatsapp co kimwe na Facebook z'abarundi bamwe bamwe baba i Kigali, rwari urupapuro rw'imenyekanisha ry'ikiganiro Dj Paulin azokorana na…
Ukunezerwa aba kino gihe bita "kurya ubuzima" bimukoze Neymar, aho n'inyuma y'imisi bari bagize bari mu gace kitwa Ibiza muri Espagne hamwe na bagenziwe. Ikivugwa ubu ku mugabane wa Buraya ku mukinyi…
Après que l'entreprise Ingoma Event ait renié publiquement toute information disant que c'est l'entreprise NellyNat Event qui est en charge de l'organisation de la compétition de Miss Ngoma ou Miss…
Kuri uno wa gatatu, igenekerezo rya 2 Nyakanga umwaka w’2020, inama Nshikiranganji yakoranye i Gitega ku murwa mukuru wa poritike irongowe n’umukuru w’Igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye, bakaba barabiye hamwe integuro…
Campero club nico kibanza kizokwakira igiteramo c'agakura nkuko icapa c'ico giteramo kivyerekana mbere bikemezwa na Cedric Bangy arongoye koperative y'abaririmvyi mu Burundi. Iyo koperative imaze…
Umuririmvyi aririmba indirimbo zo kuninahaza Imana Mugisha Alipe yasezeye Isi.Umuririmvyi aririmba indirimbo zo kuninahaza Imana Mugisha Alipe ntagihema umwuka w'abazima , akaba yaraye asezeye isi kubera ingwara nkuko…
Kuninahaza no gutazira Imana ni kimwe mu bisabisho bikundwa kandi bihimbara umuremyi w'ijuru n'isi, igikorwa co kuririmbir'Imana gikorwa hifashijwe impwemu, uko umuntu akura niko impwemu ziwe zigenda ziyongera…
Mw’ijoro ryo kuri uyu wa mbere ushira uwa kabiri igenekerezo rya mbere Nyakanga umwaka w’2020, ibidandazwa ahanini bigizwe n’imfungurwa nk’umuceri, ivyamwa hamwe n’ibindi vyarahiye biratokombera biturutse ku muriro mu nzu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.