Nkuko biri, mu bihugu bigize impande zine z'isi harakwiragiye abarundi batari bake, dufatiye ku cegeranyo casohowe n'indongozi za Diaspora y'Uburundi, cerekana ko ku mugabane wa America , uw'Ubulayi,…
Ngo ntihagire uwuzogwa mu muteko w'abiyitirira Nyeniteka Gelase Ndabirabe umukuru w'Inama nshingamateka y'Uburundi. Mw'itangazo ryasomwe n'uwuvugira uwo mutware, hagarutsemwo ko Hon. Gelase Ndabirabe…
Umushikiranganji w'amagara y'abantu, Muganga Thadee mw'ijambo yashikirije bakira Impunzi, yagarutse ku ruhara bazoba bafise ku kugwanya ikiza Corona Virus. Abavyeyi bibungenze ngo aho bukera ntibaze bareke…
Muri kino gihe abarundi na cane cane urwaruka rwijukiye gukora ibikorwa bihinguwe n'amaboko yabo (Made in Burundi), rurasaba indogozi kubashigikira, inyuma y'intara za Bujumbura Mairie, Ngozi na Gitega ubu hagezweho…
Ubu uriko usoma ino nkuru Ronaldinho umukinyi wa kera w'umurwi Barcelona kandi n'umwe mu bakinyi bakoze ibikora inka mu mugwi nserukiragihugu wa Bresil ngo abarizwa mu gihugu ciwe c'amavukiro. Aho…
Zimwe mu ntambamyi zishobora gutuma abarundi babarizwa mw'ikambi y'impunzi ya Mahama mu Rwanda badataha ngo harimwo amadeni bafise. Ivyo n'ibishikirizwa na bamwe mu barundi b'impunzi babarizwa muri iyo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.