Haraheze igihe kitari gito umuririmvyi Sat-b ngo azi ko urubuga rwiwe rwa Youtube rwarabaye Hacked, ariko we nta kibazo bimuteye. Mu kiyago na Hosy, Sat-b yabajijwe impamvu indirimbo ziwe zisa n'izitakirabwa cane,…
Inyuma yukumara ikiringo kitarigito catanguranye n'igenekerezo rya 24 Ntwarante 2020 Sat_B na Empire Avenue bamenyesheje ko hagiye gusohoka indirimbo zi 5, iyakabiri yaraye igiye ahabona. "Indirimbo…
Kuri uno wagatandatu igenekerezo rya25 Mukakaro2020 niho umuririmvyi Mugani Désiré azwi cane nka Big Fizzo yubaka ru kritsu n'umutambukanyi wiwe kimana Edith Stein. Igenekerezo rya25 Mukakaro rikaba ari igenekerezo…
Ijambo "ukuborerwa ", jewe ndumvamwo ijambo ritameze neza ugerageje kuricagagura. Womengo harimwo "kubora" muga ntavyo mvuze kuko ntari umuhinga mu kirundi. Tuzobaza kazinduzi. Abasokuru bavuze ngo inzoga…
Kireste ko mu buzima ata muntu ananirwa, Claudia Kanyamuneza aremeza ko akwije ibisabwa n'amategeko kugira aserukire intara ya Ngozi. Abigeme bashika ku ndwi 7 nibo batoranijwe kugira bacagurwemwo umukobwa umwe afise…
Mu Mvugo. ( Ibishegu, tureke ibe imvugo y'ibishegu nyene) Ubuntu rero ni ka kantu dufise kadutandukanya n'ibikoko. Ka gasanamu Imana yadushiramwo kaduha ukuba nka yo, ukwigenza uko ishaka. Ubwo "buntu"…
Dudu Niyukuri yatanguye kuvuza umuziki ahereye ku gitari, bitanamworoheye kuko ico yabona hafi yiwe bitakunda ko agikoresha kubera ko vyari bibujijwe. Mu nyigisho zariko zitangwa na Pasteur Dieudonne Nahimana, uwo muririmvyi…
Inyuma y'indirimbo "Binuwa" ikiriko irabica bigacika mu karere Uburundi buherereyemwo ndetse no mu mahanga ya kure, nko ku mugabane wa Bulayi, Big Fizzo agiye gusubira kuduza ibendera kandi. Izina Ubusa"…
Ugasanga rero hari abantu amaso yabo yama yihutira kubona ibitagenda. Iyo ikirahuri gicagatiye, bobo baraheza bakibonera igihande kigaragara, ntibashake kwerekwa igihande kirimwo amazi. Umubajije araheza akakubwira ko…
Inyuma y'ikibazo agiriye kuri Stage ariko akora igiteramo, Kidum yasubiriye kandi gukora ibiteramo bitandukanye aho muri Kenya ho n'aka Karaoke agiye gusubira kuyakora ukuri kwamye. Nkuko yabishikirije ku rubuga…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.