Inyuma y'igihe kitari gito ari mu gacerere, Dogo A ngo ariko arategura indirimbo zizomugarukana mu muziki ubundi busha, kandi abakunzi b'ibikorwa vyiwe ntibazogaya. Ivyo akaba abishikirije mu butumwa yanditse ku…
Berry Music umwe mubasore bariko barakora neza ndetse ariko yitwara neza kundirimbo yiwe abenshi bazi nka MELANA arasigura neza uko yateye intambwe yambere aza murugendo rw'umuziki nuwamufashije kuhagera.…
Hari ukudatandukanya ubudasa buri hagati y' inama mpuzamakungu y'abarundi baba mu mahanga, kumwe n'indwi yahariwe abarundi baba mu mahanga ndetse kuri bamwe bikabatera n'amakenga. Uko umwaka utashe hano mu…
Hari igihe ubuzima buhinduka umuntu akabura icafata n'ico areka, imisozi igafuka uruhanga, amaso agatibira,ubwanwa bugafuka umunwa, inzunzi zikuzura, bikanka ko yambuka, bikanka nuko asubira inyuma, ico abona…
Aba atumye uba umuntu ahumiwe. Uwuguhaye igiturire nawe ugaheza ukacakira, waba wari ugisavye canke akikugemeuriye, aba akuguze. Ntaba akuguze gusa, aba akuguze rumwe; aba akugize rumwe! Kuko rero aba agukuye agahuzu…
Akababaro ni kose kuri Mista Champagne kuba ataronka ama Like n'ama Commentaire nk'abandi baririmvyi bakomakomeye. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Mista Champagne yari yasavye abakunzi biwe ngo bikebuke…
https://m.youtube.com/watch?v=24mJ5HthD1g&t=6s Ibura rya Ismail Niyonkuru mu muziki ndundi ngo n'ikintu kidasanzwe, ivyo n'ibishikirizwa n'uwo mumenyeshamakuru ubwiwe mu kiyago yagiranye na Alan mu…
Nk'umuntu rero yagize amahirwe y'ukuyobora abandi, n'ukuvuga ko ahiriwe. Uwo muntu aba yahawe igikorwa c'umwungere. Aba aragiye intama z'Imana, kuko nkako, umwungere nyene ubwungere ni Imana yo nsa!…
https://youtu.be/JNSL5mmQWi0 Mu ntumbero yo gutanguza indwi yahariwe amagara meza ku bavyeyi n’ibibondo, ubushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bwaraye butanguye isekeza ryo gucandaga abana…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.