Amezi icenda tumara mu nda, tuyamara tudaca n'ikanda ry'ivyo turi. Ikindi kiringo kitari gito, tukimara mu bwana tutazi ivyo turimwo, tutazi igituma, gushika rero aho, abavuga ko bihebeye Imana baheza bakatubarira…
Indirimbo ya B face na BigFizzo izosohorwa na mweneyo, nayo umudiho wa Rap ngo ntiyawuhevye kuko imbwa ntiheba iyarara. B Face ngo ntiyahagaritse umuziki uri mu midiho ya Rap, ngo azogaruka kuko izigize imisi zisohoka…
Uguhura kwa Eddy kamoso n'umukuru w'igihugu c'Uburundi, Nyakwigendera Petero Nkurunziza, ngo vyabaye ugusohora kw'amasezerano Imana yari yarahaye uwo muririmvyi akaba n'umumenyeshamakuru. Mu kiyago…
Ngo ntiyagiye mu Buganda kuraba amatara n'ikiyaga kuko i Bujumbura vyari bihari, Chrisante ngo kurahura ubwenge nivyo vyari vya mujanye, nayo ivyo yize vyose bimufitiye akamaro ka nini, bigashimisha umuryango, bikaba…
"Urakoze Mana utanga utadya, iyo hataba wewe iyi ntambara y'abasuma batatu bafise intambi, n'inzembe ,sinari kuyitsinda, ariko imbaraga wampaye nanje zantangaje" Iryo ni rimwe mu majambo Mkombozi Lucifer…
Ushobora kuba muri kano kanya wihebuye, ushobora kuba usa n'uwihevye, bishobora kuba vyagucanganiyeko, rushobora kuba rwakwuzuriyeko ,muri ico kinogo nyene urimwo Levis agira ati :"Ni wizera…
Mu gihe guhera itariki 13/7 umugwa mukuru w'Ubudandaji, Bujumbura, uheruka guhabwa umutware mushasha, umuntu yokwibaza imigambi azaniye abanyagisagara. ico kibazo nyene caribajijwe na bagenzi bacu bakorera insamirizi…
Nimba rero ubucuti ufitaniye n'imirimo yawe ya misi yose ar'utwo dufaranga tw'intica ntikize bita "umushahara", mu bisanzwe warazimiye. Ukora ivyo udakunda. Nta passion ufise y'ivyo ukora, nta…
Inyuma yo gukora indirimbo yabahuje bose nk'umuryago "Master Muzik", bagiye kuryohera abakunzi b’umuziki bo mu Ntara ya Rumonge biciye mugiteramo Gonga Tour kikanazobandaniriza no muzindi ntara zigize…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.