Umumenyereza wa Messager Ngozi Jimmy Ndayizeye yatwaye Primus League yavuze urutonde rw'abakinyi 11 kuriwe abona y'uko bitwaye neza mw'ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019-2020. Ari kuri Micro ya…
Ku wohava agira ubwoba ko yomutwara umugore kubera amajambo aryohera ugutwi avuga, ngo n'ahumure ntibizoba kandi ntivyanahabaye kuko ngo abantu bari kuba baravyumvise. Mu kiyago na Ami Pro, hampande yo kuvuga ku…
https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na…
Nduwimana Alvin benshi bazi nka Alvin Smith, yamenyekanye cane ku ndirimbo " This is Burundi" , ari nayo yatumye benshi bamukunda bakanamumenya cane, aratuyagira ahavuye iciyumviro co gukora iyo ndirimbo. Smith…
Mu myaka ishika 8, abantu barenga ibihumbi 50 nibo bamaze gukurikira ku rubuga rwa Instagram umuririmvyi Preeze 36. Mu kiyago aheruka kugirana na Indundi Magazine yamenyesheje ko muri iyo myaka yakoze ibishoboka ngo ashike…
Naho umwaka wa 2020 ariwo mwaka umubereye umugisha,noneho akava mu rufuri akamenyekana ko nawe azi kwandika n'uguhibongoza,Berry ngo yatanguye kuva kera. Uwo benshi bazi nka Berry Music ngo akaririmbo bamuziko,Melanna,…
Abahinga bose mu budandaji bagiye barabigarukako. Aha duciye ku masonga twovuga nk'uwitwa Brian Tracy hamwe na Zig Ziglar bo muri Amerika. Bose rero barihweje inyifato y'umuntu, maze bayigereranya…
Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 14 Mukakaro 2020, ikinyamakuru Cuatro.com cashize ahabona urutonde rw'abakinyi 10 b'abanya Africa b'ibihe vyose. Umugabane wa Afrika ni umugabane urimwo abakinyi…
URUKUNDO RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n'urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw'abataremye kumwe mu buryo…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.