Inyuma yo kunganya na Delta Star igitsindo 1-1 mu rukino rwo gusubiriza rwo guhiganirwa itike ryo kuduga mu cicaro ca mbere , les Elephants niwo waronse amahirwe yo kuduga mu cicaro ca mbere . Mu rukino rwo gutangura…
Maze rero imirwi ibiri y'abantu batavuga kumwe bari bari bahanganye bagaheza umusi uri zina bagaheza bakumva umuhamagaro w'ugushira hamwe. Mu ruhande rw'abantu basanzwe bazi amatati ari hagati y'izo…
Urunani rw'ama Diaspora y'abarundi kw'isi yose (Conferance internationale de la diaspora burundaise) rwarashigikiye indongozi y'ishirahamwe BDUSA Samuel Ndayiragije mu bibazo vyariko bigerageza…
Inyuma yo kumara igihe kitari gito atwenza, yubaka imutima y'abumva ikirundi, Mutima ngo hagezweho abanyamahanga. Mu kiganiro na indundi Magazine umunyarwenya(Comedy) azwi kw'izina rya Mutima, amenyesha kwagiye…
https://m.youtube.com/watch?v=puBAbQ81NUo Alvin Smith benshi bazi nka La Vache, ngo yaragerageje kurondera gukorana na Sat-b co kimwe na Big Fizzo ariko biramunanira. Mu kiyago na Indundi TV, uwo muririmvyi yatanze umuco aho…
https://youtu.be/LvWhBxrS784 Mu kiyago n'ikinyamakuru Iwacu, Evode ntahonankwa uno musi abarizwa mu buhollande, yavuze kuri Droit d'Auteur, anagaruka kuri Yoya Jamal. Muri ico kiganiro citiriwe au coin du feu,…
Ubwenge ,ubukerebusi, ubwira, n'uburongozi bwa Sammuel kumwe n'abanwanyi ba BDUSA nivyo vyagomwe ishirahamwe ngo ritunganye ihuriro mpuzamakungu ry'abarundi baba mu mahanga (Conferance internationale de la…
Hamaze igihe kitari gito havugwa vugwa, ndetse n'abakunzi b'umuziki ndundi batarya umunwa ko Sat -B asa n'uwasubiye inyuma mu muziki. Bizimana aboubakar Karum azwi nka Sat-B ariko avurwa cane ko yoba ariko!-->…
Kimwe muvyo Sat-b yashikirije Ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho yariko aratumira abanyengozi mu giteramo azokorera muri iyo ntara kuma Genekerezo ya 18 mukakaro caneguwe na bamwe mu bamukurikirana. Kuri urwo rubuga aho…
Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.