Sentare ijejwe kwubahiriza ibwirizwa nshingiro yemeje, ku muhingamo wo kuri uyu wa kane igenekerezo rya 4 Ruheshi 2020, ko Evariste Ndayishimiye yaserukiye umugambwe CNDD FDD, ariwe yatsinze amatora y'umukuru…
Big fizzo ngo inkurikirane 2 buca ashira ahabona ngo ni mu ntumbero yo guha indirimbo zitari nke abakunzi biwe kugira bahagarike kuguma bamusaba indirimbo buri kanya. Ivyo akaba aheruka kubishikiririza mu kiganiro yahaye…
Ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru ngo burashimishwa n'ukungene igikorwa co gukurikirana amatora cakozwe mu runani rw’ibimenyeshamakuru n’amaradiyo asamiranira mu Burundi. Ivyo ni ibishikirizwa na Frédéric…
Esther Nish avuga ko iyo aza kuba ari uwukunda kwumviriza abantu, ngo ntaco yari gupfa yimariye igihe yerekeza i Nairobi mu bikorwa vyo gukora indirimbo. Mu kiyago aheruka guha Landry, Esther avuga ko ivyo yari yateguye ku…
Gukorana kw'inzego za Reta hamwe no kwibukanya gukurikiza amategeko ni bimwe mu vyotuma abanyagihugu bakingirwa ingaruka mbi zifatiye kw'ihindagurika ry'ibihe. Ivyo ni ivyashikirijwe Umushikiranganji…
Kuva aho akoreye indirimbo ari kumwe na Vichou munyuma akamara ikiringo kinini ubu ngo yoba ariko aritegura gushira ahabona ibikorwa bishasha ndetse no gukora igiteramo gikomeye mugisagara ca BUJUMBURA. Mu majambo…
Olga ngo umugambi afise n’uwo kugaruka mu Burundi aruko aje azanye ibikorwa bitari bike azoba amaze gukora, kandi bizoba vyifashe neza gusumba uko ubu biri. Ivyo akaba yabiyagiye ikinyamakuru Yambi gisanzwe gikorera mu gihugu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.