Ku makuru Indundi Sports ihejeje kuronka ni uko umukinyi w'inyuma w'umugwi wa Vital'o Fc Muryango Moussa ashobora gufatirwa ibihano n'uyo mugwi canke akirukanwa burundu. Imvo ni uko kw'igenekerezo…
Umushikiranganji w’amagara y’abantu mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya amenyesha ko gushika ubu igitigiri c’abarwaye ikiza ca Coronavirus cagabantse cane ku murwa mukuru w’ubudandaji Dar-Es-Salaam gushika ku bantu bane gusa.…
Indirimbo “Izina” ya Sat-b yaraye ikwije abantu 100.000 bamaze kuyiraba ku muhora wiwe wa Youtube mu kiringo kidashika n’ukwezi. Indirimbo y’umuririmvyi Sat-B yise IZINA n’imwe mu ndirimbo igihe yasohoka kw’igenekerezo rya 11…
"Amase ya kera ntagihoma urutaro" ako niko gacamugani Samuel indongozi ya BDUSA asa n'uwifashisha mu kunyurwisha bamwe mu barundi bagifise agatima ko kwishimikiza ibinyoma no gusambura ko bitagikunda muri kino…
Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020, isaha zitanu zo mu gitondo 11h00 niho abahoze ari aba kizigenza b'umugwi w'intamba mu rugamba Ndikumana Yamin Selemani hamwe na Ntibazonkiza Saido…
B-Face asaba abategetse ko boshiraho itegeko ryo kuvuza umuziki w’iwacu kubice mirongo umunani kw’ijana (80%) mu bibanza nka vyose nacane cane ibikunda gushikiramwo abantu bava hanze y’igihugu ndetse nahahurira abantu…
Muri album zigiye gusohoka za Big Fizzo ngo hoba harimwo ama collabo akomakomeye yo murikano kare turimwo. Big fizzo imyaka itarimiki ariko akora umuziki mu kuduza ibendera ry’igihugu aho yagiye aca mu bihungu bitaribike…
Urwaruka ruhurikiye muri koperative “kenura imiryango iwacu” rufashwe mu mugongo n’ishirahamwe ryo mu gihugu kibanyi ca Tanzaniya “SAORE Company Limited” ruherutse gushing ishirahamwe ry’ubworozi tutari tumenyereye aha…
Inyuma yo kwandika amajambo agasiga benshi mumakenga arasigura neza ico yashatse kuvuga hagati ya Empire Avenue na Bantu Bwoy.Abicishije mukiganiro Indundi Hits Show kur'uyu wa 29 RUSAMA 2020 ni Fabelove yavuze amajambo…
Intsinzi ya Messager Ngozi y'ibitsindo 2 kuri 1 ca BS Dynamik yatumye Messager Ngozi yiyongera amahirwe yo gutahukana igikombe ca Primus league co muri uno mwaka (2019-2020). Messager Ngozi isigaje urukino rwa Inter…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.