Sat-b nawe yamaze kwakira akandi kazina gashasha inyuma ya Magonde, Satura, n’ayandi menshi, ubu naho yamaze guhabwa Sidibe. Ku batavyibuka ako kazina kabonetse mu kiganiro uwahoze ari umukuru w’igihugu yatanze mu Kiganiro…
Akoresheje ururimi rw’icongereza, Don Brighter yipfurije abarundi indwi nziza y’amatora, ngo izobe indwi y’ukwigira kandi y’umunezero. Aca anaboneraho akaryo ko kubatumirira kubandanya mwumviriza akaririmbo UBUMWE, ngo…
Umuririmvyi benshi bazi nka Babijoux Bonfils avuga ko yashimye gufasha abana kuko nawe asanzwe azi uburyo ubuzima buryana, niko gushinga ishirahamwe Hope for Brighter Days ryamuka kuryo yashinze muri Kenya. Mu kiganiro na…
Uwahoze ari kizigenza w'intamba mu rugamba Ndikumana Yamin Selamani yavuze y'uko igihe yari yirukanwe muri CAN 2019 azira ukutitwara neza mu bijanye n'indero ngo yaragerageje gusaba ikigongwe…
Mu mpanuro MA Production itanga ku baririmvyi bayo, hoba harimwo ko ku mbuga ngurukanabumenyi zikoreshwa n’abaririmvyi babo atawundi bakurikirana (Fellowing)ataribo? Biragoye kwemeza, kuko n’abaririmvyi nabo ubwabo nta…
Bamwe mu banyagihugu bo muri zone Gatumba, bahuye n’imyuzure begeranirijwe muri site ya Kigaramango iri muri zone Rukaramu, komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura bavuga ko bafise ubukene bw’utuzu twa surwumwe hamwe…
Ubushikiranganji bujejwe kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida bumenyesha ko abandi bantu icumi na batanu bamenyekanye ko banduye umugera wa Corona. Ni inyuma yo gupima abantu 18 batabarijwe n’ibitaro vyo mu…
Sishobora kuzokwibagira na gato ibigeragezo naciyemwo ngishika mu gihugu ca America, iryo niryo jambo ry'umutwe rigaragara mu butumwa bucanze n'akakabaro bwatanzwe n'umushingamateka Bonavunture Havyarimana…
Dj Ira naho ubu yabaye umwigeme mu nyambaro, ngo siko vyamye kuko akiri kw’ishure hano iwacu, ngo vyari vyaranse. Ariko avuga ko Bisoso ariwe yamufashije kugira abashe kumenya kwambara nk’umwigeme. Dj Iraa benshi mu bamuzi I…
Domitien Ndayizeye yahoze atwara Uburundi akaba kandi mu bariko bitoza mu kibanza c’Umukuru w’Igihugu, ngo yaba Sat-b canke Fariouz ngo nta numwe azi, kuko ubu ivy’umuziki atakivyerekwa, ariko ngo aho hambere hahise nawe…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.