Ivyavuzwe ko Big Fizzo yibagiye Mudibu muri Quiz yakozwe kuri imwe mu mboneshakure za hano, ngo sivyo na gato. Uwo muririmvyi avuga ko hoba habaye umwumvikano hagati yiwe n'umumenyeshamakuru ngo baryoshe ikiganiro. Mu…
Inyuma yaho amenyekanye cane mugukora amasanamu atwengeje canke arimwo ubutumwa bugiye butandukanye ku misore n'inkumi ubuho yakoze ibitashimishije bose aho bamwe bakoze ico yasavye. Umuririmvyi Mr Champagne aho!-->…
Inyuma yaho benshi mu baririmvyi bashasha, canke bafise impano, bagiye barumvikana ariko batamenyekanye bivanye n'ukutavuzwa cane kw'indirimbo zabo ku nsamirizi zitandukanye, ubuho ngo n'akayobera!-->…
Nk'uko rero tumaze imisi tuza turabigarukako, urwevu, ariwo muco kubijanye n'uburyo bw'ukurwanya impwemu mbi, ibinyamubiri bijejwe gusambuza abubatse ingo nivyo bituma zama zirara zirasha. Nk'uko rero…
Mu gihe bimwe mu bisabwa kugira umuntu yirinde ikiza ca Corona Virus ari ukwambara agafukamunwa, utwo dukoresho dukoreshwa kwa muganga abanyagihugu batari bake ntibabasha kutwigurira kuko dukoreshwa umwanya muto. Kugira…
B-Face On The Flow aremeza cane ko abaririmvyi bakera babasumvya ubumenyi mu muziki kandi akemeza ko ukuba barize amashure menshi na za Kaminuza kiri mubituma barasohoka gukora ibiteramo cane mu makungu.Umuririmvyi B-Face On!-->…
Nubwo ubwoba butabuze mu mutima y'abantu, haba mu gisagara ca Bujumbura ndetse no mu gihugu hagati haratekanye. Amakuru ava mu bajejejwe umutekano ndetse no mu banyagihugu ubwabo amenyesha ko igihugu gitekanye muri…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.