Ngo sukubima Promotion namba kandi ngo ntanarimwe bimwa ikibanza ahubwo abigeme ubwabo nibo bitesha agaciro bagata ibanga bikabaviramwo ingaruka zo guheba umuziki. Blina Janet abicishije mu kiganiro Barihe Tubamenye gica kuri…
Big Fizzo ahanura abantu kudatwenga uwutazi ibi canke biriya ngo kuko nta muntu amenya vyose. Aho hari mu gihe bari bahejeje kumubaza ibibazo 4 noneho agatoramwo 2 ku mboneshakure Siren Vibe Tv. Muri ico kiganiro, uwo…
Christian Irimbere mu kiganiro n’ikinyamakuru Igihe co mu gihugu kibanyi c’Urwanda, yavuze uburyo yisanze mu muziki. Muri ico kiganiro nyene yagarutse ku ndirimbo yiwe nshasha, n’ivyo yigiye mu gikorwa abanyarwanda bise…
Umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutunganya amatora mu Burundi CENI (Commission Electorale Nationale Independante) umenyesha ko utazoshobora kumanika urutonde rw’abazotora ku wa gatatu w'indwi iza igenekerezo rya 20…
Prince Mshindi ngo impamvu abaririmvyi batubashwe mu gihugu s’uko baririmba, ahubwo ngo nuko hari ibintu badashoboye gukorera imiryango yabo. Ivyo n’ivyo aheruka kuvuga mu kiganiro n’imwe mu mboneshakure za hano iwacu. Muri…
Yoya ngo yugaraniye munzu arinyegeje ntaco yokwemerera abakunzi biwe.Igihe kibaye kinini umuririmvyi Yoya Jamal atakibarizwa mugisagara ca BUJUMBURA ariko navyo bishobora kuba ariyo ntambamyi ituma uwo muririmvyi!-->…
Uwahoze ari umumenyereza w'umugwi wa Flambeau du Centre Nzeyimana Maylo muri kino gihe amenyereza umugwi wa Lipuli Fc wo mu gihugu ca Tanzania abicishije mu kiganiro c'inkino gica kuri Buja FM igihe yari yabajijwe…
Favie ngo abaririmvyi ba Gospel ntibari bakwiye kwicamwo ibice, ahubwo bari bakwiye gukorera hamwe. Kandi uwo muziki bakora ngo ntiwarukwiye kwiyumvirwako nk’uwo kudandaza ariko uwo gusana imitima. Mu kiganiro…
Inyuma y’ibiteramo bibiri Label ya Bantu Bwoy yaheruka gukora kimwe mu ntara ya Ngonzi icitabiriwe nabakunzi bataribake b’umuziki ikindi mu ntara ya Gitega ubu hagezweho Rumonge. Kumusi wi Laidi niho label yose ya…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.