Imigabo n’imigambi ya Agathoin Rwasa amenyesha ko yorangura mu gihe yokwizerwa n’abarundi akaba umukuru w’igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Guteza imbere uburimyi n'ubworozi, kunagura indero mu…
Sat-B ngo ntiyarakwiye kuvugira ku mugaragaro ko ashaka kuzogira ico afashije abateshejwe izabo n’imvura igize igihe iriko iragwa, igatuma abantu bata izabo, ivyabo navyo bigatwarwa n’amazi. Ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na…
Nahimana Dieudonné yavukiye muri komine Gasorwe mu ntara ya Muyinga mu mwaka w'1974, akaba agiye guhiganirwa ikibanza c'umukuru w'igihugu ku giti ciwe. Mu vyo yaranguye, haciye imyaka 25 atanguje umuhari…
Imigambi mikuru mikuru Léonce Ngendakumana avuga ko yorangura mu gihe yokwizerwa n’abarundi bakamutora akaba umukuru w’igihugu ni iyi ikurikira : Ukugarukira imigenderanire myiza hagati y'Uburundi n'amakungu mu…
Umunyegori w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Nahimana Jonathan yavuze y'uko hagati y'imigwi ibiri iriko ihiganirwa igikombe ca Primus league co muri uno mwaka ariyo Messager Ngozi hamwe na…
Imigambi ya Gaston Sindimwo yagenwe n’umugambwe Uprona kugira azowuserukire mu matora y’umukuru w’igihugu ishingiye ku bintu bikuru bikuru bikurikira : Mu vya politike, yemerera abarundi guteza imbere intwaro rusangi,…
Umukinyi w'umusatirizi w'umugwi nserukira gihugu wa Congo Junior Kabanange yavuze y'uko gushika muri kino gihe atarahabwa ikirato ciwe c'inzahabu inyuma yo gutorwa nk'umukinyi yinjije ibitsindo…
Imigabo n’imigambi nyamukuru ya Evariste Ndayishimiye azokwitoza mu kibanza c’umukuru w’igihugu ahanini ishimikiye ku gukomeza inzego z'umutekano no kwivuna abansi, gukomeza igisata c'ubutungane, intwaro ibereye,…
Umukinyi w'umusatirizi w'Umugwi wa Tottenham Son Heung -Min yari amaze imisi ari mu myimenyerezo ya gisirikare yasubijwe mu buzima busanzwe . Ku makuru twasomye ni uko mu gihugu ca Koreya y'epfo ni itegeko ko…
Uburundi ni kimwe mu bihugu bikina ivyo gusiganwa ku makinga mbere akaba ari urukino ruhurumbirwa mu bice bitandukanye hano iwacu nka Gihanga mu ntara ya Bubanza , Nyanza lac mu ntara ya Makamba , Rumonge na Bujumbura Mairie…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.